U Burundi Bwahaye u Rwanda abarwanyi 11 ba FLN

Igisirikare c’Uburundi cashikirije abategetsi b’igisirikare c’u Rwanda abagwanyi 11 b’umugwi witwaje ibirwanisho FLN urwanya ubutegetsi bw’u Rwanda kuri uyu wa kabiri. Ku mupaka wa Gasenyi-Nemba ivyo bihugu bisangiye ni ho habereye ukubahererekanya.

I ruhande y’batwara ibisata vy’iperereza mu ngabo z’Uburundi n’u Rwanda n’abaserukiye ishirahamwe mpuzamakungu ry’ibihugu vy’akarere k’ibiyaga binini CIRGL, abaserukiye ishirahamwe ry’ubumwe bwa Afrika na ONU, hari kandi n’abakuru b’intara za Kirundo mu buraruko bw’Uburundi hamwe n’uw’intara ya Bugesera mu Rwanda zihuzwa n’umupaka wa Gasenyi-Nemba ibihugu vyompi bisangiye.

Umukuru w’iperereza mu gisirikare c’u Rwanda yavuze ko ivyakozwe kuri uyu wa kabiri bigaragaza neza ko ibintu biriko bija mu nzira nziza hagati y’ibihugu vy’Uburundi n’u Rwanda. Avuga kw’izina ry’umukuru w’ingabo z’ico gihugu, General de brigade Vincent Nyakarundi yavuze ko ari igicapo kirengeye ibihuguvy’Uburundi n’u Rwanda.

Colonel Ernest Musaba ajejwe iperereza muri FDNB, igisirikare c’Uburundi yagereranije aba bagwanyi n’abakora iterabwoba yemeza ko bashikirijwe u Rwanda kubera Uburundi bwiyemeje kugwanya iterabwoba aho riva hose.

Nyakarundi ahagarariye iperereza ry’igisirikare c’u Rwanda hari ico yibukije: ko mw’ishamba cimeza rya Kibira ku ruhande rw’Uburundi rikomeza rikagacika Nyungwe rigeze mu Rwanda hakiri abagwanyi babangamiye Abanyarwanda. Mu majambo yiwe yagize ati: ”N’ubwo twakiriye aba bagwanyi 11, twibutse ko abandi amajana n’amajana bakiri mw’ishamba rya Kibira aho baguma bagerageza kugaba ibitero mu Rwanda bakica inzirakarengane z’abasivire. Ni yo mpamvu twe na mwene wacu w’Umurundi n’abakuru bacu babiri dukora tutiziganya kugira iri sugerezwa ku bihugu vyacu vyompi rineshwe burundu. Ariko ntiturashika kugeza imigenderanire inaguwe neza. Ama nama y’abakuru b’ingabo yabwirizwa kuba kenshi, imbibe zikugururwa maze abantu n’ibintu bikinjira ata nkomanzi”

Aba bagwanyi vyavuzwe gusa ko bafatiwe ku butaka bw’Uburundi nta ntara kanuni yamenyeshejwe abamenyeshamakuru. Mugabo amasoko y’Ijwi ry’Amerika yaryemereye ko bafatiwe mu ma komine ya Bukinanyana na Mabayi mu ntara ya Cibitoke mu buraruko bushira uburengero bw’Uburundi. Muri uku kw’icenda guheze igice c’ikibira kihaherereye gikunze kuvugwanwo abagwanyi bavuga Ikinyarwanda mbere igisirikare c’u Rwanda cemeje kenshi ko bajabuka ku butaka bw’ico gihugu ari yo baturutse.

source/VOA

53 thoughts on “U Burundi Bwahaye u Rwanda abarwanyi 11 ba FLN

  1. 976330 800646Youre so cool! I dont suppose Ive learn something like this before. So nice to search out any person with some distinctive thoughts on this subject. realy thank you for starting this up. this web website is one thing thats required on the net, someone with a bit of originality. beneficial job for bringing something new towards the internet! 383871

  2. 3765 731231Having read this I thought it was extremely informative. I appreciate you taking the time and effort to put this article together. I once again uncover myself spending way to a lot time both reading and commenting. But so what, it was nonetheless worth it! 268495

  3. 569355 377323Following study a few of the content material for your web site now, i genuinely as if your technique of blogging. I bookmarked it to my bookmark website list and are checking back soon. Pls have a look at my web site too and told me in case you agree. 796925

  4. 407982 860658Howdy just wanted to give you a brief heads up and let you know several with the pictures arent loading properly. Im not positive why but I believe its a linking concern. Ive tried it in two different internet browsers and both show exactly the same outcome. 532495

  5. Youre so cool! I dont suppose Ive learn something like this before. So nice to search out any person with some distinctive thoughts on this subject. realy 사천출장샵thank you for starting this up. this web website is one thing thats required on the net, someone with a bit of originality. beneficial job for bringing something new towards the internet!

  6. 345128 567806This sort of wanting to come to a difference in her or his lifestyle, initial usually Los angeles Excess weight weightloss scheme is actually a large running in as it reached that strive. weight loss 661373

  7. After I originally left a comment I appear to have clicked on the -Notify me when new comments are added- checkbox
    and now whenever a comment is added I receive 4
    emails with the exact same comment. Is there a means you are able
    to remove me from that service? Thanks!

  8. Pingback: superkaya88
  9. Pingback: แทง ROV
  10. Pingback: about us
  11. Thanks for your personal marvelous posting! I certainly enjoyed reading it, you can be a great author.I will make certain to bookmark your blog and will eventually come back later
    on. I want to encourage you to definitely continue your great writing,
    have a nice evening!

  12. We’re a group of volunteers and opening a new scheme in our community.

    Your web site offered us with valuable info to work on. You have done
    an impressive job and our entire community will be thankful to you.

  13. Today, I went to the beachfront with my children. I found
    a sea shell and gave it to my 4 year old daughter
    and said “You can hear the ocean if you put this to your ear.” She placed
    the shell to her ear and screamed. There was a hermit crab
    inside and it pinched her ear. She never wants to go back!

    LoL I know this is totally off topic but I had to tell someone!

  14. Hey! Someone in my Myspace group shared this site with us so I came
    to check it out. I’m definitely enjoying the information. I’m book-marking and will be tweeting this to my followers!
    Terrific blog and terrific style and design.

  15. Good day! I know this is kinda off topic however I’d figured I’d ask.
    Would you be interested in exchanging links
    or maybe guest writing a blog article or vice-versa?
    My site goes over a lot of the same subjects as yours and I believe we could greatly benefit from each other.

    If you happen to be interested feel free to send me an e-mail.
    I look forward to hearing from you! Superb blog by the way!

  16. This design is wicked! You most certainly know how
    to keep a reader amused. Between your wit and your videos, I was almost moved to
    start my own blog (well, almost…HaHa!) Wonderful job.

    I really enjoyed what you had to say, and more than that, how you presented it.
    Too cool!

  17. Your style is so unique in comparison to other folks I’ve read stuff from.
    Thank you for posting when you have the opportunity, Guess I will just bookmark this site.

  18. When I initially commented I clicked the “Notify me when new comments are added” checkbox and now each time a comment is added I get several emails with the same comment.
    Is there any way you can remove people from that service?
    Bless you!

  19. ElsaBabe セレスティナ、ダッチワイフ特派員崇拝する人形はあなたの人生をどのように改善しますか?ダッチワイフのアイデアはどこから来たチェコの本物の人形についての情報?

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *