Kwibuka Perezida Melchior Ndadaye,umaze imyaka 28 agandaguwe.

Haraciye imyaka 28, kuri iri genekerezo Uburundi buribuka umuhisi Melchior Ndadaye – prezida wa mbere w’Uburundi watowe biciye muri demokarasi, ko ariho yagandaguwe “n’akarwi k’igisirikare”.

Bwana Ndadaye yagandaguwe haciye iminsi 102 yimitswe, inyuma y’amatora ya mbere yo ku wa 01 ukwezi kwa gatandatu, aho yatsinze Perezida Petero Buyoya yari amaze imyaka itandatu atwara igihugu.

Igandagurwa rya Perezida Ndadaye ryatumye Abarundi basubiranamwo bapfa ubwoko, igihugu naco gica cinjira mu ntambara yamaze imyaka irenga cumi.

Urubanza rw’abamugandaguye rwaciwe umwaka uheze, Pierre Buyoya n’abandi bantu 15 bahoze ari aba-ofisiye bakuru mu ntwazangabo z’u Burundi baciriwe umunyororo wo guherayo, abandi batatu baciriwe imyaka 20 y’igipfungo naho umwe agirwa umwere.

Umuhisi Petero Buyoya akiriho urwo rubanza kenshi yavuze ko rufise imvo za politiki.

Mbega Ndadaye ni nde?

Melchior Ndadaye yavutse ku wa 28 z’ukwa gatatu 1953, muri komine Nyabihanga, ico gihe ikaba yari mu ntara ya Muramvya.

Igihe ubwicanyi bwo mu mwaka wa 1972 bwaduka, Ndadaye yahungiye mu Rwanda, ahereza amashure yisumbuye i Butare mu Rwanda mu 1975, ari naho yize kaminuza. Yagiye guhunguka mu 1983.

Mu 1988, yapfunzwe amezi abiri bivuye ku ciyumviro yari ashikirije ku vyerekeye indyane zari zihejeje kuba mu makomine ya Ntega na Marangaza z’intara za Kirundo na Ngozi.

Ndadaye ari mu banyepolitike bakuru batanguje umugambwe FRODEBU mu mpisho mu 1986.

Uyu mugambwe wagiye kwemerwa mu 1992 inyuma y’aho kamarampaka yo mu kwa gatatu 1992 yemeje ibwirizwashingiro ryemerera intwaro ishingiye ku migambwe myinshi mu Burundi.

Ndadaye
Ndadaye yaragandaguwe umuryango wiwe barawureka

Yarongoye uwo mugambwe awushitsa ku matora y’umukuru w’igihugu yo ku wa 01 na 29 z’ukwa gatandatu 1993, wagiye gutsinda uri kumwe n’imigambwe, RPB, PP na PL.

Ndadaye, umukuru w’igihugu

Amatora yo mu 1993 yaranzwe n’amajambo yo gutyozanya hagati y’abahiganwa bari bahanganye mu myiyamamazo.

Gratien Rukindikiza, yari mu gisirikare c’u Burundi akaba yari arongoye ingabo zacungera ubuzima bwa Perezida Melchior Ndadaye, mu 2019 yaganiriye na BBC, avuga ko Ndadaye azwi uko atari ameze.

Ati: “Umwanya twamaranye, nasanze Ndadaye yari umuntu Abarundi batazi, kuko yari mu bantu bataboneka kenshi, bita aba ‘Revolutionnaires’, kuko ingene yiyumvira ibintu vyari bitandukanye n’ivyo bamwitirira”.

Bwana Rukindikiza avuga ko Perezida Ndadaye yari amaze kugira intambwe iteye imbere ku bibazo nkoramutima vyari bihanze igihugu, harimwo ivy’amoko, iterambere n’imigenderanire n’ibindi bihugu.

Hariho abatari bake babona ko Perezida Ndadaye yagandaguwe kubero y’uko yari umuhutu, Rukindikiza abona ko abamugandaguye babikoze kuko yari afise intumbero bamwe batagomba.

Yagandaguwe amaze guhakwa kenshi

Igihe Perezida Ndadaye agandagurwa, Bwana Rukindikiza ntiyari bwatahuke ava mw’izinga rya Maurice aho yari yarungitswe gutegura urugendo rwiwe nk’umukuru w’igihugu muri ico gihugu.

Ndadaye yagandaguwe ku wa 21 z’ukw’icumi, inyuma y’incuro zitari nke z’ukugerageza kumugandagura ariko bikaburizwamwo.

Yatanguye guhakwa ataranimikwa, ibizwi cane bikaba ari ivyabaye mw’ijoro ryo kw’igenekerezo rya 02 buca ari irya 03 z’ukwezi kw’indwi 1993, hasigaye iminsi umunani ngo ashikirizwe amabanga.

Ndadaye yarashoboye kurusimba ku butwari bwa Bwana Rukindikiza nk’uko we nyene abisigura.

Kuri uyo munsi, Rukindikiza niwe yari kw’izamu ryategerezwa kurangiza isaha indwi z’ijoro. Ati: “Jewe nasa n’uwuryamye, niho baza baramvyura bambwira ko abasirikare badukikuje”.

Avuga ko yaretse uwari arongoye ico gitero arinjira kugira bavugane maze amusigurire ivyo ari vyo, kuko ngo n’amatelefone bari bayaciye.

Ati: “Ndamubajije ivyabaye, yambwiye y’uko mu biro bikuru vya gisirikare bari bamaze gufata ingingo ko Ndadaye bamutora bakaja kumwica, ko rero noreka bakinjira bakamutora“.

Avuga ko muri iryo joro yabakuriye inkoni ku gishitsi, arabahakanira ko ata Ndadaye bakorako akiri kw’izamu, ahubwo arabagabisha ko abarasa badakuye meza.

Ati: “Harabaye impari gushika n’aho n’umuntu yari ajejwe umutekano mu gisagara cose ca Bujumbura mu gisirikare ampamagara kuri walkie-talkie.

Ambwira ko ntegerezwa kubareka ngo binjire, nawe nyene ndamuhakanira y’uko ntareka umuntu n’umwe ngo yinjire, mbere ko ngomba ntangure kubarasa”.

Ndadaye
Insiguro y’isanamu,Mu 2018 intwazangabo zine zahoze mu gisirikare c’u Burundi zarafashwe zagirizwa kugira uruhara mu rupfu rwa Prezida Melchior Ndadaye

Rukindikiza avuga ko ivyo yabigize mu kwihagararako kuko wewe avuga ko yari afise abasirikare 35 b’abajandarume, mu gihe abari bamuteye bangana incuro zitatu kandi bamwe bita abakomando.

Ati: “Jewe naciye ndamutera ubwoba, ndamubwira ko ubwo nyene tubarigita, nawe aca agira ubwoba, asubira muri camp Muha kurondera abamufasha (renfort)”.

Avuga ko muri ako kanya yasigaye aratera ubwoba abasigaye aho, babanza baguma inyuma, ari naho yaciye aronka akanya gatoya ko kuja kuvyura Ndadaye kugira ngo amubwire ivyariko biraba, nawe akaba yamwishuye ko yizeye ubutwari bwiwe.

Rukindikiza avuga ko abo bari babateye bagize ubwoba barateba baragenda, bahura n’uwari abarongoye atwaye izindi ngabo zogufasha.

Bamubwiye ingene Rukindikiza yari yarakaye cane kandi ko yahatswe kubamara, “bose baca basubira inyuma, ivyo kwica Ndadaye bica bipfa uko”.

Ndadaye amaze gushikirizwa amabanga, Rukindikiza avuga kandi ko yashoboye kuburizamwo umugambi wo kumurasa avuye mu rugendo muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika mu kwezi kw’icenda.

Bamwishe uwamurinda adahari

Rukindikiza ati: “Igihe bamugandagura jewe siho nari ndi, numvise ko ntsinzwe, kuko nari nagiye napanze vyose kandi n’ibikoresho vyose biri aho, kandi napanze ingene haramutse habaye ibintu bashobora gukingira ibiraro kugira ntibajabuke, ariko ivyo vyose bikaba ata na kimwe bagize”.

Avuga ko yanaronse amakuru y’ingene vyagenze, aho yamenye ko “mbere no muri bamwe mu bari bamucungereye basa n’abamuhemukiye, kuko harimwo bamwe mu ntwazangabo buriye uruzitiro bagasiga Ndadaye ku kirimba”.

Ati: “Nabonye ari échec ikomeye kuri jewe, mbere nca mfata ingingo y’uko ata gisirikare c’u Burundi nzosubiramwo”.

Bamwe bavuga ko Ndadaye yishwe n'intwazangabo ntoya ariko vyateguwe n'abakuru
Insiguro y’isanamu,Bamwe bavuga ko Ndadaye yishwe n’intwazangabo ntoya ariko vyateguwe n’abakuru

Kuki Ndadaye yagandaguwe?

Ico kibazo cokwishurwa n’ababikoze bo nyene.

Hagati aho, mu gihe Rukindikiza avuga ko abamugandaguye bamuhoye ko batabona ibintu kumwe, Sylvetre Ntibantunganya yahoze ari umukuru w’igihugu akaba n’umwe mu bategetsi bakuru ba Frodebu abibona ukundi.

Ku bwiwe, umuzo wa demokarasi ntiwari wizwe neza kugira ngo Abarundi bose bayitegurire.

Mu 2019 Ntibantunganya yabwiye BBC ati: “Igandagurwa rya Ndadaye ryavuye k’uko ibintu biraba demokarasi mu gihugu bitari vyateguwe neza kugira ngo imitima yose y’Abarundi, na cane cane abari bafise ubutegetsi muri irya myaka, itegurwe neza.

“Yari ikeneye kumenya ico demokarasi ivuga, ico isaba, hanyuma kandi igende yigisha abantu kwemera amatora, ibiyavuyemwo bakavyemera ata guhigimanga”.

source/bbc

180 thoughts on “Kwibuka Perezida Melchior Ndadaye,umaze imyaka 28 agandaguwe.

  1. 301040 557929Excellent post, I conceive blog owners ought to acquire a great deal from this internet blog its real user pleasant. 517730

  2. 868660 542241undoubtedly like your internet web site but you require to check the spelling on several of your posts. Several of them are rife with spelling problems and I locate it extremely troublesome to tell the truth nevertheless I will definitely come back once again. 848320

  3. Fantastic beat ! I wish to apprentice while you amend your site, how could i subscribe for a weblog
    web site? The account helped me a acceptable deal.
    I had been a little bit familiar of this your broadcast provided brilliant
    clear concept

  4. Pretty nice post. I just stumbled upon your weblog and
    wanted to say that I’ve truly enjoyed browsing your blog posts.

    After all I’ll be subscribing to your rss feed and I hope you
    write again very soon!

  5. It’s a shame you don’t have a donate button! I’d without a doubt donate
    to this outstanding blog! I suppose for now i’ll
    settle for book-marking and adding your RSS feed to my Google account.
    I look forward to fresh updates and will share this website with my Facebook group.
    Chat soon!

  6. What’s up i am kavin, its my first time to commenting
    anywhere, when i read this post i thought i could also create comment due to this brilliant paragraph.

  7. Hey! Would you mind if I share your blog with my facebook group?
    There’s a lot of people that I think would really enjoy your content.
    Please let me know. Thank you

  8. I have been surfing online more than three hours today, yet I
    never found any interesting article like yours. It is pretty worth enough for
    me. In my view, if all webmasters and bloggers made good content as you did, the net will be a lot more
    useful than ever before.

  9. Do you have a spam issue on this site; I also am a blogger, and I
    was wanting to know your situation; many of us have created some nice methods and we are looking to swap techniques with others, why not shoot me an e-mail if interested.

  10. Good day I am so thrilled I found your site, I really found you
    by accident, while I was searching on Digg for something else, Anyways I am
    here now and would just like to say thanks for a incredible post and a all round entertaining blog (I also love the theme/design), I don’t have
    time to browse it all at the minute but I have bookmarked it and also added in your RSS feeds, so when I have time
    I will be back to read much more, Please do keep up the superb job.

  11. I don’t even know how I ended up here, but I thought this post was good.
    I do not know who you are but definitely you’re going to a famous blogger if you aren’t already 😉 Cheers!

  12. Having read this I believed it was really informative.

    I appreciate you finding the time and effort to put this
    article together. I once again find myself personally spending a lot of time both reading and leaving comments.

    But so what, it was still worthwhile!

  13. First of all I want to say terrific blog! I had a
    quick question in which I’d like to ask if you don’t mind.

    I was interested to know how you center yourself and clear your mind prior to writing.
    I’ve had a hard time clearing my mind in getting my ideas out there.
    I truly do enjoy writing but it just seems like the first 10 to 15 minutes are lost simply just
    trying to figure out how to begin. Any suggestions or hints?
    Cheers!

  14. Hey There. I found your blog the usage of msn. This is a very neatly written article.
    I’ll make sure to bookmark it and come back to learn extra of
    your useful info. Thank you for the post. I’ll certainly comeback.

  15. Hi there, I found your web site by the use of Google at the same time as looking
    for a related subject, your website came up, it appears to be like good.

    I have bookmarked it in my google bookmarks.
    Hi there, simply became alert to your weblog via Google, and
    located that it’s truly informative. I am gonna be careful for brussels.
    I will be grateful for those who continue this in future.
    Numerous folks will be benefited from your writing.
    Cheers!

  16. An outstanding share! I’ve just forwarded this onto a friend who had been conducting a little homework on this.

    And he in fact ordered me lunch because I found it for him…

    lol. So let me reword this…. Thanks for the meal!!
    But yeah, thanks for spending the time to talk about this subject here on your web site.

  17. Very nice post. I simply stumbled upon your weblog and wanted to mention that I’ve truly enjoyed browsing your
    blog posts. After all I will be subscribing to your rss feed and I’m hoping you write again soon!

  18. Hi there! I know this is kinda off topic but I was wondering which blog platform are you using
    for this site? I’m getting sick and tired of WordPress because I’ve
    had problems with hackers and I’m looking at alternatives for another platform.
    I would be great if you could point me in the direction of a good platform.

  19. Greetings! This is my first visit to your blog! We are a
    collection of volunteers and starting a new initiative in a community in the
    same niche. Your blog provided us valuable information to work on. You
    have done a marvellous job!

  20. Pretty section of content. I simply stumbled upon your site and in accession capital
    to assert that I acquire in fact enjoyed account your blog posts.
    Anyway I will be subscribing to your augment and even I success you get
    right of entry to consistently fast.

  21. Hi! I’ve been reading your web site for a while now and finally got the courage
    to go ahead and give you a shout out from Lubbock Tx! Just wanted to tell you keep up the good work!

  22. Hi, I think your website might be having browser compatibility issues.

    When I look at your blog site in Ie, it looks
    fine but when opening in Internet Explorer, it has some overlapping.
    I just wanted to give you a quick heads up! Other then that, fantastic blog!

  23. Hello every one, here every one is sharing such experience, therefore
    it’s pleasant to read this blog, and I used to pay a visit this web site everyday.

  24. I’ll right away take hold of your rss feed as I can not in finding your email
    subscription hyperlink or newsletter service. Do you’ve any?
    Please permit me understand in order that I may just subscribe.

    Thanks.

  25. Hello! I know this is kind of off topic but I was wondering
    which blog platform are you using for this website?

    I’m getting tired of WordPress because I’ve had problems with hackers
    and I’m looking at options for another platform.
    I would be awesome if you could point me in the direction of a good platform.

  26. I am really impressed with your writing talents and also with the layout
    to your blog. Is this a paid topic or did you customize it yourself?
    Either way stay up the nice high quality writing, it’s
    rare to look a nice blog like this one today..

  27. Great beat ! I wish to apprentice while you amend
    your web site, how can i subscribe for a weblog website?

    The account helped me a appropriate deal. I had been tiny bit familiar of this your broadcast provided vivid transparent idea

  28. hello there and thank you for your info – I’ve certainly picked up something new from right here.

    I did however expertise a few technical points using this website, as I
    experienced to reload the web site lots of times previous
    to I could get it to load correctly. I had been wondering if your web
    hosting is OK? Not that I am complaining, but sluggish loading instances times
    will sometimes affect your placement in google and can damage your high-quality score if advertising and
    marketing with Adwords. Well I am adding this RSS to my e-mail and can look out for much
    more of your respective intriguing content. Ensure that you update this again soon.

  29. Hi, I do think this is a great web site. I
    stumbledupon it 😉 I am going to come back yet again since I book marked it.
    Money and freedom is the greatest way to change, may you
    be rich and continue to guide other people.

  30. Woah! I’m really digging the template/theme of this blog.
    It’s simple, yet effective. A lot of times it’s difficult to get that “perfect balance” between superb usability and
    appearance. I must say you’ve done a very good job
    with this. Additionally, the blog loads extremely quick for me on Internet explorer.
    Outstanding Blog!

  31. Heya i am for the first time here. I came across
    this board and I in finding It really helpful & it helped
    me out much. I am hoping to offer something again and aid others such
    as you aided me.

  32. I’m amazed, I must say. Rarely do I come across a blog that’s both educative and engaging,
    and let me tell you, you have hit the nail on the head.
    The problem is something that too few people are
    speaking intelligently about. I am very happy I stumbled across this in my
    search for something regarding this.

  33. Hi, I do believe this is a great web site. I stumbledupon it 😉
    I will come back yet again since i have book-marked it.

    Money and freedom is the best way to change, may you be rich and continue to help others.

  34. Hmm it seems like your website ate my first comment (it was super long) so I guess I’ll just sum
    it up what I had written and say, I’m thoroughly
    enjoying your blog. I too am an aspiring blog writer but I’m still new to the whole thing.
    Do you have any tips and hints for novice blog writers? I’d genuinely appreciate it.

  35. Pretty nice post. I simply stumbled upon your blog and
    wished to say that I have truly enjoyed surfing around
    your weblog posts. In any case I’ll be subscribing on your feed and I’m hoping you write once more very soon!

  36. Thanks for one’s marvelous posting! I really enjoyed reading it,
    you happen to be a great author. I will always bookmark
    your blog and may come back someday. I want to encourage you continue your great job, have
    a nice morning!

  37. If some one wants expert view regarding blogging
    and site-building afterward i advise him/her to pay a visit this webpage, Keep up the pleasant
    job.

  38. I know this website provides quality based articles or reviews and additional data, is there any other site
    which provides these kinds of things in quality?

  39. Its like you learn my mind! You appear to understand a lot
    approximately this, such as you wrote the guide in it or something.
    I feel that you simply could do with some % to pressure the message house a little bit, however instead of that, that is fantastic
    blog. A great read. I’ll certainly be back.

  40. With havin so much content and articles do you ever run into any issues of plagorism or copyright violation? My website has a lot of exclusive
    content I’ve either written myself or outsourced but it seems
    a lot of it is popping it up all over the internet without my authorization. Do you know any ways to help reduce content from being
    ripped off? I’d truly appreciate it.

  41. Thanks for the marvelous posting! I genuinely enjoyed reading it, you are a great author.I will ensure that I bookmark your blog and will eventually come back
    someday. I want to encourage one to continue your
    great job, have a nice holiday weekend!

  42. I am now not certain where you are getting your info,
    however good topic. I needs to spend a while finding out more or working out more.
    Thanks for wonderful information I used to be on the lookout for this info for my mission.

  43. Its like you read my mind! You appear to know so much about this, like you wrote the book in it or something.
    I think that you could do with some pics to drive the message home a bit,
    but other than that, this is fantastic blog.
    An excellent read. I’ll definitely be back.

  44. Hi! I know this is kinda off topic but I was wondering which blog platform are you using for this site?
    I’m getting fed up of WordPress because I’ve had issues with hackers and I’m looking at options for another platform.
    I would be awesome if you could point me in the direction of a good platform.

  45. Woah! I’m really digging the template/theme of this website.
    It’s simple, yet effective. A lot of times it’s very difficult to get that
    “perfect balance” between superb usability and visual
    appearance. I must say that you’ve done a superb job with this.

    Also, the blog loads very quick for me on Opera.
    Superb Blog!

  46. I will immediately grab your rss feed as I can’t in finding your
    e-mail subscription link or e-newsletter service. Do
    you have any? Please let me understand so that I
    could subscribe. Thanks.

  47. Pretty section of content. I just stumbled upon your web site and in accession capital to assert that I acquire actually
    enjoyed account your blog posts. Any way I’ll be subscribing
    to your augment and even I achievement you access consistently fast.

  48. Excellent goods from you, man. I have take into
    account your stuff prior to and you are simply extremely magnificent.
    I actually like what you’ve got right here, certainly like what you’re stating and the best way during which you are saying it.
    You make it entertaining and you still take care of to keep it
    smart. I can’t wait to learn far more from you. That is really a wonderful
    web site.

  49. Write more, thats all I have to say. Literally, it seems as though
    you relied on the video to make your point. You definitely know what youre talking about, why throw away your intelligence on just posting videos to
    your site when you could be giving us something informative to read?

  50. hello there and thank you for your info – I have certainly picked up anything
    new from right here. I did however expertise
    some technical points using this site, as I experienced to reload the web site lots of times previous to I could get it to load correctly.
    I had been wondering if your web hosting is OK? Not that I’m complaining, but sluggish loading instances times will sometimes affect your placement
    in google and can damage your high-quality score if advertising
    and marketing with Adwords. Well I am adding this RSS to
    my email and can look out for much more of your respective
    exciting content. Ensure that you update this again very soon.

  51. Howdy, i read your blog occasionally and i own a similar one and
    i was just curious if you get a lot of spam responses?

    If so how do you stop it, any plugin or anything you can recommend?
    I get so much lately it’s driving me crazy so any support is very
    much appreciated.

  52. That is very interesting, You’re an overly skilled blogger.
    I have joined your feed and stay up for in the hunt for more of
    your magnificent post. Also, I have shared your web site in my social networks

  53. I do trust all the ideas you have presented to your
    post. They are very convincing and will definitely work.

    Nonetheless, the posts are very brief for novices.
    May you please lengthen them a little from subsequent time?
    Thank you for the post.

  54. I absolutely love your blog and find almost all of your post’s to be
    exactly I’m looking for. Do you offer guest writers to
    write content for yourself? I wouldn’t mind composing a post or
    elaborating on some of the subjects you write related to here.
    Again, awesome website!

  55. Hi there! I realize this is somewhat off-topic however I had to ask.
    Does building a well-established website like yours require a large amount of work?
    I am completely new to running a blog but I do
    write in my diary on a daily basis. I’d like to
    start a blog so I will be able to share my own experience and feelings online.
    Please let me know if you have any ideas or tips for brand new aspiring bloggers.
    Thankyou!

  56. Write more, thats all I have to say. Literally,
    it seems as though you relied on the video to make your point.
    You clearly know what youre talking about, why throw away your intelligence on just
    posting videos to your weblog when you could be giving us something informative to read?

  57. This design is spectacular! You most certainly know how to keep a
    reader amused. Between your wit and your videos, I was
    almost moved to start my own blog (well, almost…HaHa!) Fantastic job.
    I really enjoyed what you had to say, and more than that, how you presented it.

    Too cool!

  58. I blog frequently and I truly thank you for your content.
    This article has truly peaked my interest. I’m going to take a note of your site and keep checking for
    new details about once per week. I opted in for your RSS
    feed too.

  59. Hey! I know this is kinda off topic but I’d figured
    I’d ask. Would you be interested in exchanging
    links or maybe guest authoring a blog post or vice-versa?
    My blog addresses a lot of the same subjects as yours and I think we could greatly benefit from each other.
    If you might be interested feel free to send me
    an e-mail. I look forward to hearing from you!
    Awesome blog by the way!

  60. This is really interesting, You are a very skilled blogger.
    I have joined your rss feed and look forward to seeking more of your
    wonderful post. Also, I have shared your website in my social
    networks!

  61. Wonderful blog! I found it while searching on Yahoo News.
    Do you have any suggestions on how to get listed in Yahoo News?
    I’ve been trying for a while but I never seem to get there!
    Cheers

  62. Its like you learn my thoughts! You seem to grasp so much about this, like you wrote the guide in it or something.

    I think that you just could do with some % to force the message house a little bit, however instead of
    that, this is fantastic blog. An excellent read. I’ll definitely be back.

  63. Oh my goodness! Incredible article dude! Thank you so much, However I
    am going through difficulties with your RSS. I don’t understand
    the reason why I cannot join it. Is there anyone else having the same RSS issues?

    Anyone that knows the solution will you kindly respond?
    Thanx!!

  64. Excellent post. I was checking constantly this blog
    and I am impressed! Extremely useful info specifically the last part :
    ) I care for such information a lot. I was seeking this
    certain info for a long time. Thank you and best of luck.

  65. Awesome website you have here but I was curious about if you
    knew of any message boards that cover the same topics talked about here?

    I’d really like to be a part of group where I can get
    responses from other experienced individuals that share the same interest.
    If you have any suggestions, please let me know. Bless you!

  66. Hi this is kinda of off topic but I was wanting to know if blogs use WYSIWYG
    editors or if you have to manually code with HTML. I’m starting a blog soon but have
    no coding know-how so I wanted to get guidance from someone with experience.
    Any help would be enormously appreciated!

  67. I don’t know whether it’s just me or if everybody else encountering
    issues with your site. It looks like some of the written text within your content are running off the screen. Can somebody else please comment and let me know if this is happening to them as well?
    This might be a problem with my browser because I’ve had
    this happen previously. Kudos

  68. Have you ever thought about writing an ebook
    or guest authoring on other websites? I have a blog centered on the
    same information you discuss and would really like to have you share some stories/information. I know my subscribers would enjoy your work.
    If you are even remotely interested, feel free to shoot me
    an e mail.

  69. Having read this I thought it was rather informative. I appreciate you
    finding the time and effort to put this information together.

    I once again find myself spending a significant amount of time both reading and posting comments.
    But so what, it was still worth it!

  70. Unquestionably imagine that which you said. Your favourite reason appeared to be
    at the net the easiest thing to understand of. I say to you,
    I certainly get irked at the same time as other people consider worries that they plainly do not know about.
    You controlled to hit the nail upon the top
    as neatly as outlined out the whole thing without having side-effects , other people can take a signal.
    Will probably be again to get more. Thanks

  71. I don’t even understand how I ended up right here, but I believed this publish was great.
    I don’t realize who you’re but definitely you are
    going to a well-known blogger in case you are not already.

    Cheers!

  72. I am really impressed with your writing skills and also with the layout on your blog.

    Is this a paid theme or did you customize it yourself? Anyway keep up the excellent quality writing, it is
    rare to see a great blog like this one these days.

  73. I’m curious to find out what blog system you happen to be working with?
    I’m having some minor security issues with my latest blog and I’d like to find something more safe.

    Do you have any recommendations?

  74. Hey I know this is off topic but I was wondering if you
    knew of any widgets I could add to my blog
    that automatically tweet my newest twitter updates. I’ve been looking for a
    plug-in like this for quite some time and was hoping maybe you would have some experience with something like this.
    Please let me know if you run into anything.
    I truly enjoy reading your blog and I look forward to your new updates.

  75. Greetings I am so excited I found your blog, I really found
    you by accident, while I was searching on Askjeeve for something
    else, Regardless I am here now and would just like to say thanks for a
    fantastic post and a all round interesting blog (I also love
    the theme/design), I don’t have time to read through it all
    at the moment but I have book-marked it and also included your RSS feeds, so
    when I have time I will be back to read a great deal more, Please do keep up the fantastic work.

  76. Hello there, I think your site could possibly be having internet browser compatibility problems.
    When I take a look at your website in Safari, it looks fine
    however, if opening in I.E., it has some overlapping issues.
    I just wanted to give you a quick heads up!
    Other than that, excellent website!

  77. hi!,I really like your writing very so much! share we keep up a correspondence extra
    approximately your post on AOL? I need an expert
    on this area to resolve my problem. May be that is you! Having a look forward to
    peer you.

  78. I always show love to the people writing this.

    So let me give back and give my hidden information on change your life and if
    you want to truthfully see I will share info about how to make a
    fortune I am always here for yall.

  79. 801861 619036An intriguing discussion will probably be worth comment. Im sure that you need to have to write more about this topic, it may not be a taboo subject but normally consumers are too couple of to chat on such topics. To one more. Cheers 491287

  80. December 19, 2022 at 4:05 pm
    An outstanding share! I’ve just forwarded this onto a friend who had been conducting a little homework on this.

    And he in fact ordered me lunch because I found it for him…

    lol. So let me reword this…구미출장샵. Thanks for the meal!!
    But yeah, thanks for spending the time to talk about this subject here on your web site.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *