Tanzaniya Yahaye Umwaka umwe impunzi z’Abarundi Kugira Zibwirize gutaha ku Bushake.

Rémy Rugira

Zimwe mu mpunzi z’Abarundi zahungiye mu nkambi ya Nyarugusu zisanga reta ya Tanzaniya iriko irahonyanga agateka ka zina muntu. Ni mu gihe iriko irabandanya n’umugambi wo kubakangurira gutaha kandi bo basanga icyatumye bahunga kitarava mu nzira.

Umuyobozi ashinzwe impunzi mu bushikiranganji bw’intwaro hagati mu gihugu ca Tanzaniya, Sudi Mwakibasi, kuri uyu wa mbere yabariye impunzi z’Abarundi mu nkambi ya Nyarugusu ko reta ya Tanzaniya itanze ikiringo c’umwaka umwe kugira zitahe ku bushake nyuma y’aho zizotahukanwa zose hakurikijwe amategeko ya reta ya Tanzaniya.

Mwakibasi adahengesheje yavuze ko n’imfashanyo zimwe zimwe zigenewe impunzi harimwo ibifungurwa ziriko ziragabanywa ku rugero runini mu ntumbero yo kuburabuza impunzi kugira zitahe vyanse bikunze naho impunzi ku bwazo zisanga ico zahunze kitarakemuka.

Zimwe mu mpunzi z’Abarundi zahungiye mu nkambi ya Nyarugusu zisanga umugambi wa reta ya Tanzaniya uzihimiriza gutaha vyanse bikunze ari guhonyanga agateka ka zina muntu mu gihe buri umwe umwe yahunze ukwiwe.

Intumwa y’ambasade y’Uburundi mu ntara ya Kigoma, Yeremiya Sekinwa we yabariye impunzi zo mu nkambi ya Nyarugusu ko ata ntambamyi n’imwe isigaye yobuza impunzi gutaha kubera amahoro yamaze kugaruka mu gihugu c’Uburundi.

Umugambi wo gutahukana impunzi ku bushake bwazo watanguye kuva mu mwaka w’2017. Kuva ubwo gushika ubu haramaze gutaha abarenga gato 100.000. Mu mpera z’umwaka wa 2020 reta ya Tanzaniya yari yafashe ingingo yo gutahukana impunzi zose ku nguvu ariko uwo mugambi ntiyawushize mu ngiro.

Naho biri uko hafi impunzi 2.300 zaratahukanywe ku nguvu ku mpamvu yuko ata burenganzira zifise bwo kuba mu nkambi. Benshi mu bataha ku bushake harimwo abasanga ico bahunze kitarakemuka bigatuma bongera guhunga ubugira kabiri.

VOA

89 thoughts on “Tanzaniya Yahaye Umwaka umwe impunzi z’Abarundi Kugira Zibwirize gutaha ku Bushake.

  1. Bokep Barat Hot Cewek 18 Tahun Memek Sempit Nonton film bokep,
    bokep barat,film bokep barat,video bokep,video bokep barat,
    video ngentot barat,film bokep full movie,film bokep terbaru,bokep terupdate, nonton bokep indo viral,western,bokep harian 2022, bokep
    siswa sma,video,videobacol fun,bokep kakek
    sugiono,bokep ngentot memek gede, MEMEK ABG SMA, bokep
    tante hot indo, cerita bokep ibu.

  2. Pingback: site
  3. Pingback: additional reading
  4. Pingback: profibus connector
  5. Thank you for every other fantastic post. The place elsecould anybody get that type of information in such a perfect approach ofwriting? I have a presentation subsequent week, and I’m on the look for such information.

  6. This is a really good tip especially to those fresh to the blogosphere. Simple but very precise informationÖ Appreciate your sharing this one. A must read post!

  7. Pingback: kc9
  8. Oh my goodness! Amazing article dude! Thanks, However I am going through troubles with your RSS. I donít know why I can’t join it. Is there anyone else getting the same RSS issues? Anyone that knows the answer can you kindly respond? Thanx!!

  9. I do agree with all the ideas you have presented in your post. They’re really convincing and will certainly work. Still, the posts are too short for beginners. Could you please extend them a bit from next time? Thanks for the post.

  10. Have you got any ? coumadin bracelet “The weather has continued to present problems for the pitch and the first consideration of both the HKFA and Manchester United has to be the safety of the players in such conditions.”

  11. It’s actually a nice and useful piece of information.I’m happy that you shared this helpful info with us.Please keep us up to date like this. Thanks for sharing.

  12. Having read this I believed it was very enlightening.I appreciate you finding the time and energy to put this article together.I once again find myself personally spending a lot oftime both reading and commenting. But sowhat, it was still worth it!

  13. Heya i am for the first time here. I found this board and I in findingIt really useful & it helped me out a lot. I hope to offer one thing back andhelp others such as you helped me.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *