KUKI IBYO FPR IRIMO GUCA MU RWANDA, IBIBONAMO ITURUFU YO GUSENYA IBINDI BIHUGU? ABANYAMADINI BO MU RWANDA MU MUKINO WO GUHUNGABANYA AMAHORO Y’AKARERE

Maître Valentin Akayezu Mu minsi ishize Kagame ubwe yafashe ibyemezo byo guhagagarika ibiterane by’amasengesho ndetse yibasira…

Burundi: Reta Nshasha Yamenyekanye

Rémy RUGIRA Mu Burundi, reta nshasha yamenyekanye mw’ijoro ryo ku wa kane. Ni umuvugizi wa prezida…

Burundi: Inzego Zijejwe Umutekano, Igipolisi n’Inyamiramabi Zahinduwe mu Gihugu Cose mbere gato yo gukura Alain Guillaume Bunyoni mu mabanga y’umushikiranganjin wa mbere

Rémy RUGIRA Inzego z’umutekano, igipolisi n’inyamiramabi zahinduwe mu gihugu cose c’Uburundi. Hahinduwe kandi abajejwe ububiko bw’ibirwanisho…

Tumenye Jenerali Gervais Ndirakobuca-Umushikiranganji wa mbere mushasha w’u Burundi

Rémy RUGIRA Lieutenant General de Police Gervais Ndirakobuca yahoze ari umugwanyi mu muhari wa CNDD-FDD ni…

Alain Guillaume Bunyoni akuwe mu mabanga yiwe;intebe yiwe ihabwa General Gervais Ndirakobuca

Rémy RUGIRA Inyuma y’imyaka 17 Alain Guillaume Bunyoni ari umuntu akomeye mu butegetsi bw’Uburundi, inama nshingamateka…

U Burundi bwataye muri yombi Bruce Melodie

Rémy RUGIRA Minisiteri y’Umutekano n’Iterambere ry’Abarundi yemeje ko umuhanzi Bruce Melodie yatawe muri yombi akurikiranyweho icyaha…

Prezida Evariste Ndayishimiye akomeje kwerekana ko ari Sebarundi bose:ese wari uzi ko mu bajyanama(abahanuzi) be harimo na Olivier Buyoya umuhungu wa Pierre Buyoya? Iri ni kosora!!

Rémy RUGIRA Mu kiganiro yagiranye n’abarundi baba mu mahanga i Ngozi mu buraruko bw’Uburundi, perezida Evariste…

Burundi: Kuki Uburundi buza inyuma mu bihugu bikenye cane kw’isi?

Noblesse Dusabe Reta y’Uburundi ikwiye kuva mu majambo ikaja mu bikorwa kugira ngo ishobore kwikura mu…

Prezida w’Uburundi Agabisha Abapolisi bo ku kibuga c’Indege Basega Amafaranga ingenzi!

Noblesse Dusabe Mu Burundi, umukuru w’gihugu Evariste Ndayishimiye yemeza ko abapolisi bakorera ku kibuga c’indege mpuzamakungu…

Bujumbura umuntu umwe yishwe arashwe n’umuporisi acunga ishirahamwe ryo kuziganya no kuguranana «Hauge Family Microfinance Umuryango»

Yannick Izabayo Bujumbura_Mairie umuntu umwe yishwe arashwe n’umuporisi acunga ishirahamwe ryo kuziganya no kuguranana «Hauge Family…