Uburundi Bwakiriye Incanco za Mbere za Virusi ya Corona


Uburundi bwakiriye ku mugoroba wo kuri uyu wa kane incanco za mbere z’ikiza ca Covid-19. Izo ncanco zigera ku bihumbi 500 zatanzwe n’Ubushinwa. Ata gihindutse nk’uko bimenyeshwa n’umushikiranganji w’amagara y’abantu mu ndwi iza ni ho umuntu wa mbere azokingirwa umugera wa Corona muri ico gihugu.

Umushikiranganji ajejwe umutekano Gervais Ndirakobuca asanzwe ari n’umukuru w’umurwi w’igihugu ujejwe kurwanya ikiza ca Corona ari kumwe na mugenzi we w’amagara y’abantu ni bo bakiriye iyo mfashanyo ku murwa mukuru w’ubutunzi Bujumbura.

Muganga Thaddee Ndikumana, umushikiranganji w’amagara y’abantu yatangaje ko abifuza gucancwa bose bazotangura kwiyandikisha kuri uyu wa gatanu.Mu Burundi gucancwa si itegeko si na gahunda ya Leta.Ni ubushake bw’umwenegihugu.

Uwuserukira OMS mu Burundi ahamagarira abarundi bose kwiteza incanco za Covid-19 ata bwoba.

Inyuma yaho incanco zo gukinga umugera wa Covid-19  zishikiye i Burundi kuri uyu wa kane, Uwuserukira OMS mu Burundi arahumuriza abarundi ko izo ncanco zemejwe  n-ishirahamwe mpuzamakungu rijejwe amagara y-abantu OMS,ko ikindi zofatwa  nk-izindi ncanco  zose gushika ubu zizwi kw-isi.

Uwo aserukira OMS mu Burundi nikwo guca ahamagarira abarundi ko boja kwiteza izo ncanco ata bwoba.

Image

Crespin Xavier aserukira OMS mu burundi  igihe izo ncanco zashika ku kibuga c-indege ca Bujumbura yavuze ati:

ˮNi ibirori twari turindiranye igishika nkuko mu bizi , twakiriye incanco kugira dutangure gukingira abanyagihugu . Turanezerewe rero . Rero nashaka kumenyesha abarundi n-amakungu  ko urucanco twakiriye rwamaze kwemerwa  n-ishirahamwe mpuzamakungu rijejwe amagara y-abantu kw-isi OMS . Ni urucanco rwo gufasha nk-izindi zose zihasanzwe. Ziri no mu ncanco zisanzwe zizwi ko zikora neza zidufasha kurwanya umugera wa coronavirus.  Nashaka guhimiriza abarundi bose  ndababwira ko urucanco rwizewe  kandi rufasha. Nkaca mpamagarira abarwipfuza bose kudakekeranya bazoze barwiteze‟

Uwo aserukira OMS mu Burundi arashimira abategetsi b-uburundi kubona bagondojwe bakemera ko urwo rucanco rushika mu gihugu

ˮ Nsinoreka gushimira abategetsi b-uburundi ku rwego rwo hejuru  mu mwitwarariko wabo wo kurwanya ikiza ca Coronavirus‟  Niko Crispin yavuze.

source:voa/ubm news

33 thoughts on “Uburundi Bwakiriye Incanco za Mbere za Virusi ya Corona

  1. 560065 323938Nice read, I just passed this onto a colleague who was performing some research on that. And he in fact bought me lunch as I discovered it for him smile So let me rephrase that: Thank you for lunch! 642043

  2. 67018 615513You created some decent points there. I looked on the internet for that problem and located most people will go in addition to with the web web site. 690789

  3. 189798 93814Hey, are you having issues along with your hosting? I necessary to refresh the page about million times to get the page to load. Just saying 537227

  4. 569027 534159It is really a cool and helpful piece of information. Im glad that you shared this useful information with us. Please maintain us informed like this. Thanks for sharing. 237632

  5. I’ve been searching for hours on this topic and finally found your post. casino online, I have read your post and I am very impressed. We prefer your opinion and will visit this site frequently to refer to your opinion. When would you like to visit my site?

  6. 405912 303159Soon after study a number of the websites on your personal internet website now, i truly like your means of blogging. I bookmarked it to my bookmark internet site list and will also be checking back soon. Pls consider my web-site likewise and tell me what you consider. 839019

  7. 243208 718975Spot on with this write-up, I truly assume this website wants considerably much more consideration. probably be once more to read much far more, thanks for that info. 23140

  8. 114829 524571Aw, it was a very excellent post. In thought I would like to devote writing such as this furthermore,?C spending time and specific function to produce a terrific article?- nonetheless so what can I say?- I waste time alot and never at all appear to obtain one thing completed. 370754

  9. 830074 247330Very good day! This post could not be written any better! Reading this post reminds me of my previous room mate! He always kept chatting about this. I will forward this write-up to him. Fairly certain he will have a excellent read. Thanks for sharing! 176543

  10. 448390 155373Someone necessarily assist to make critically articles Id state. This is the initial time I frequented your internet page and thus far? I amazed with the analysis you made to make this actual submit incredible. Excellent activity! 496885

  11. Soon after study a number of the websites on your personal 광양출장샵internet website now, i truly like your means of blogging. I bookmarked it to my bookmark internet site list and will also be checking back soon. Pls consider my web-site likewise and tell me what you consider.

  12. 970680 829505Hi. Cool post. Theres an concern together with your website in chrome, and you may want to test this The browser is the marketplace chief and a great element of people will omit your superb writing because of this dilemma. 897859

  13. Pingback: Visit Your URL
  14. Pingback: FAFA789

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *