Burundi: Perezida Evariste Ndayishimiye ntashaka kugira “jenoside yakorewe abahutu”igikoresho nko mu Rwanda.Ntashaka kuryanisha abarundi.

Perezida Evariste Ndayishimiye avuga ko mu gihe “ukuri kwoza gutuma mu gihugu haduka indyane twopfuma tuguheba”, yabivugiye mu kiganiro yahaye abanyagihugu kuri uyu wa gatatu, aho yasiguye yongera yishura ku bibazo bitari bike bijanye n’ubuzima bw’igihugu.

Asigura ibijanye n’ukumenya ukuri ku bwicanyi bwabaye mu 1972-73, Perezida Ndayishimiye avuga ko “kumenya ukuri atari ikibazo”, ko ahubwo “kwodufasha kwubaka akahise kacu, abana bacu baze bamenye ikizira n’ikitazira”.

Ati: “Turi mu bihe vy’ukumenya ukuri, ariko rero, …ni kwaba uko kuri ari ukuje gutuma indyane ziba mu gihugu, uko kuri ntaco kwoba kumaze”.

Haciye imisi umurwi ujewe kumenya ukuri n’ukunywanisha mu Burundi, CVR, utangaje ko ubwicanyi bwabaye mu 1972-1973 ari “ihonyabwoko ryakorewe Abahutu”, ivyateye impari mu Barundi bamwe bamwe, bavuga ko ico cegeranyo gifise aho gihengamiye canke ko bimwe mu bikivugwamwo ari “ikinyoma”.

Ku bwa Perezida Ndayishimiye, iyo ukuri kumaze kuboneka haba hasigaye ingene igihugu kigukoresha.

Ati: “Mugabo rero hariho abandi baca basimba, bagaca barondera ingene bagukoresha, ivyo bijejwe inzego z’igihugu, zozo zizomenya ingene zigukoresha ziravye ico abenegihugu bazovuga”.

Yemerera Abarundi ko indongozi zizotegerezwa gukora uko zishoboye kwose “kugira ngo uko kuri kutwubake, kwubake kazoza k’Uburundi, gukure ivyo kwihorana”.

Akebura ko mu gihe ukuri kutamenyekanye bishobora gutuma ubwicanyi bubandanya.

Dutegerezwa kumenya ko kwica ari icaha gikomeye cane, hanyuma tukakirwaniriza hamwe. Rero uko kuri nti kuje kudusambura, kuje ahubwo kutwubaka”.

Ku bijanye n’ico cegeranyo ku bwicanyi bwa 1972-73, Perezida Ndayishimiye avuga ko cashikirijwe inama nshingamateka, iyi nayo ikazogishikana mu rwego nshingwabikorwa rw’igihugu, na rwo ruheze rwiture abize amategeko kugira bagice irya n’ino, kugira bemeze niba ari icaha mpuzamakungu n’abagikoze.

Ku bafise ubwoba kuri iki cegeranyo, Perezida Evariste avuga ati: “Abarundi ni tuve mu bishobisho, nta bwoko bwagize jenoside mu Burundi, nta bwoko bwagize icaha c’ihonyabwoko mu Burundi”.

Ku bwa Perezida Ndayishimiye, bamwe mu Barundi bafise ubwoba kuko hamye ingeso yo kujaniranya, hakaba abitirira ikibi kanaka ubwoko kanaka “nk’uko umengo cari igihugu kitagira ubutegetsi”.

Ubutegetsi bwaramenje

Evariste Ndayishimiye yemeza ko ubutegetsi bw’ico gihe ari bwo bubazwa ubu bwicanyi buteye impari.

Ati: “Nta muntu n’umwe yonsigurira ingene hoba umurwi w’abantu wogenda ukagandagura abantu ibihumbi n’ibihumbi, ntihagire ico ubutegetsi bukora ataco buwuziko”.

“Ni twemere neza ko ubutegetsi bw’igihugu bw’ico gihe bwamenje”.

Avuga ko bamwe mu bari muri bwo batanze ukuri barashinga intahe y’ukuntu vyagenze.

Nayo ku bavuga ko ishirahamwe ONU ari ryo ryoba rifise ububasha bwo kwemeza icaha ca jenoside, Perezida Ndayishimiye avyamirira kure kuko “nta na hamwe vyanditse”.

“Igitabo mpanavyaha c’Uburundi, kirahana neza ivyaha vy’ihonyabwoko, amakungu si yo mucamanza w’Uburundi, ONU si reta y’Uburundi”.

“Icaha ca jenoside cemezwa n’amategeko mpanavyaha y’Uburundi”.

Ikigongwe ku banyaporitike

Abajijwe nimba abanyaporitike bahunze bagirizwa amabi bashobora kugirirwa ikigongwe, Perezida Ndayishimiye, avuga y’uko bizovana n’ingene igihugu gishobora kuvyakira.

Ati: “Igihe Papa Johani Paulo wa kabiri bamurasa, uwamurashe yaramugiriye ikigongwe, mbere araja no kumuraba aho abohewe, ariko ntiyaciye ataha, igihugu nticaciye kimugirira ikigongwe.

“Burya rero ibijanye n’ikigongwe, ubanza kuraba ingene igihugu kivyakira, nimba agatima k’ubukoko karavuye muri uyo muntu, kandi nimba ashobora gusubira mu bandi agatekana neza.

“Mwarabonye abantu bagiriwe ikigongwe mu baheruka, ubwo nyene baca basubira kwica abantu, basubira gufatwa baja mu gasho. None nk’abo bantu wumva tutagize amakosa kubarekura?”

Abahohoterwa n’igendereza

Abajijwe ku bivugwa vy’uko urwego rujejwe igendereza ruhohotera abantu, mbere hakaba hari n’uwuherutse kuhasiga ubuzima, Perezida Evariste Ndayishimiye nawe avuga ko uwabikoze yamenje kandi ko ategerezwa guhanwa.

Avuga ko abakora ivyo bintu bashobora kuba bari muri ba bantu “baja gukora mu mabanga y’igihugu bafise inzigo”, bafitiye akarigangamuhogo abantu.

Ati: “Muhora mwumva abapolisi bafata abantu bakabapfunga muri weekend kugira bazorekurwe ku wa mbere. Hariho Abarundi bagifise agakoko mu mitima”.

Mu misi iheze, hari umunywanyi w’umugambwe CNL yafashwe yagirijwe gutunga inkoho, arasinzikarizwa ubuzima gushika aritaba Imana.

Evariste Ndayishimiye avuga ko yababajwe n’urupfu rwiwe, kandi ko uwabikoze yafashwe kugira ashiwe imbere y’ubutungane.

“Uyo muntu yamuhohoteye yaramenje kandi ategerezwa guhanwa bimwe vy’akarorero. Ntituzokwihanganira na rimwe umuntu uwo ari we wese azohohotera uwundi, n’aho azoba yakoze ikibi, agateka kiwe kaguma kubahiriwa”.

Nayo ku kibazo c’abanyuruzwa, Perezida Ndayishimiye avuga ko bikorwa n’akarwi k’inkozi z’ikibi kihaye kwama gatuntuza abarundi.

Avuga ko bariko barahiga abagize ako karwi “kandi hari abamaze gufatwa muri bo, mbere dusanga harimwo n’umupolisi”.

Avuga ko abakora ubwo bubisha ari ababá bashaka kwerekana ko ubutegetsi bw’igihugu ari bwo bunyuruza abantu.

Ati: “Nico gituma ubona baca bahindukiza, ngo ni uburongozi bw’igihugu. None Uburongozi bw’igihugu bwoba ari bwo bwabikoze bugaca buja guhiga abo bantu?”

u Burundi
u Rwanda

Ibihugu birarutana koko.Evariste Ndayishimiye na CNDD FDD barushije FPR politike y’ubumwe no kunywanisha abenegihugu.

Ibi ni byo Nelson Mandela yakoze.Byananije iki Paul Kagame?

source:bbc

35 thoughts on “Burundi: Perezida Evariste Ndayishimiye ntashaka kugira “jenoside yakorewe abahutu”igikoresho nko mu Rwanda.Ntashaka kuryanisha abarundi.

  1. I’m not sure why but this weblog is loading incredibly slow for me.

    Is anyone else having this issue or is it a problem on my end?
    I’ll check back later and see if the problem still exists.

  2. Hello there! I know this is kinda off topic nevertheless I’d figured I’d ask.
    Would you be interested in trading links or maybe guest writing a blog article or vice-versa?
    My blog addresses a lot of the same subjects as yours and I believe
    we could greatly benefit from each other. If you’re interested feel free to send me an e-mail.
    I look forward to hearing from you! Terrific blog by the way!

  3. Great post. I used to be checking continuously this blog and I
    am inspired! Extremely useful information specifically the remaining
    part 🙂 I maintain such info a lot. I used to be
    looking for this particular info for a very lengthy time.
    Thank you and good luck.

  4. hey there and thank you for your information – I have certainly picked up anything
    new from right here. I did however expertise a few technical issues using this web
    site, as I experienced to reload the site a lot of times previous to I could get it to load correctly.
    I had been wondering if your web host is OK?

    Not that I am complaining, but slow loading instances times will very
    frequently affect your placement in google and could damage your quality score if advertising and marketing with Adwords.
    Anyway I’m adding this RSS to my e-mail and could look out for a lot more of your respective fascinating content.
    Ensure that you update this again very soon.

  5. Thank you for any other wonderful article.
    The place else could anyone get that type of information in such an ideal
    manner of writing? I’ve a presentation next week,
    and I’m on the look for such information.

  6. What i don’t realize is in reality how you are now not really
    much more neatly-liked than you might be now. You’re very intelligent.
    You understand therefore considerably with regards to this matter,
    made me in my view imagine it from so many numerous angles.
    Its like men and women don’t seem to be fascinated unless it
    is one thing to do with Lady gaga! Your own stuffs
    outstanding. At all times handle it up!

  7. Asking questions are in fact pleasant thing if you are not understanding something entirely, except this post offers
    pleasant understanding yet.

  8. Hi there! This is my first comment here so I just wanted to give a quick shout out and tell you I really enjoy
    reading through your blog posts. Can you suggest any other blogs/websites/forums that deal with the same topics?
    Thanks!

  9. I was wondering if you ever thought of changing the page layout
    of your website? Its very well written; I love what youve got to say.
    But maybe you could a little more in the way of content so people could connect with it better.

    Youve got an awful lot of text for only having
    one or two images. Maybe you could space
    it out better?

  10. Right here is the perfect blog for anyone who really wants to find out about this topic.
    You understand so much its almost tough to argue with you (not that I
    really will need to…HaHa). You certainly put a brand new spin on a subject which has been written about for ages.
    Great stuff, just excellent!

  11. Great post. I used to be checking continuously this blog and I
    am inspired! Extremely useful information 안동출장샵 specifically the remaining
    part ? I maintain such info a lot. I used to be
    looking for this particular info for a very lengthy time.
    Thank you and good luck.

  12. Pingback: spanking málaga
  13. Pingback: Highbay

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *