Abatavuga rumwe na reta baribaza icahindutse kugira ivyo bihano bikurweho mu gihe amashirahamwe ata ho yegamiye…
Category: Mu Burundi
U Burundi buri kwirukana Abanyarwanda bari guhungirayo,ntibabashira amakenga!
Kuva Reta y’u Rwanda itangaje ko Abanyarwanda bose aho bava bakegera bategetswe kugira ubushake bwo kwikingiza…
RDC-Burundi:Amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike aremeza ko abasirikare b’u Burundi bari ku butaka bw’ico gihugu.
‘Amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike muri Republika iharanira demokarasi ya Congo mu karere ka Ruzizi La societé…
Burundi: Perezida Evariste Ndayishimiye ntashaka kugira “jenoside yakorewe abahutu”igikoresho nko mu Rwanda.Ntashaka kuryanisha abarundi.
Perezida Evariste Ndayishimiye avuga ko mu gihe “ukuri kwoza gutuma mu gihugu haduka indyane twopfuma tuguheba”,…
Bujumbura: Abantu barenga 15 bakomerekeye mu gitero ca Gerenade.
Muri zone ya Bwiza kw-ibarabara rya kane ,havurwa igitero ca gerenade cabaye mw-ijoro ryo kuri uyu…
Burundi: Abanyamahanga bemerewe gusaba viza bashitse
Reta y’Uburundi yafashe ingingo yo gutangira viza ku kibuga c’indege ku banyamahanga bose baje mu muri…
Gen.Evariste Ndayishimiye muri Tanzaniya,igihugu kibanyi.
Umukuru w’igihugu c’Uburundi ari mu rugendo rw’iminsi 3 muri Tanzaniya kuva kuri uyu wa gatanu. Mu…
Imyaka 60 inyuma yaho, Abarundi bibutse igandagurwa ry’umuganwa Rudoviko Rwagasore
Hari kuwa gatanu kw’igenekerezo rya 13 ukwezi kw’icumi 1961 uko umwaka utashe, Abarundi baribuka urupfu rw’umuganwa…
Ububirigi bwobazwa cane ivyerekeye urupfu rw-umuganwa RWAGASORE (Umwanditsi Ludo de Witte)
Igihugu c-ububirigi nico cobazwa ivyerekeye igandagurwa ry-umuganwa atari umugani RUDOVIKO RWAGASORE. Bikaba bishikirizwa na Ludo de…