Indaya Eunice Osayande yishwe mu 2018 mu Bubiligi igiye kwitirirwa umuhanda i Buruseli.

Habaye imyiyerekano yo kwiyamiriza ubu bwicanyi bwakorewe Eunice Osayande yagandaguwe n'umukiriya mu kwa gatandatu 2018
Habaye imyigaragambyo yo kwiyamiriza ubu bwicanyi bwakorewe Eunice Osayande yagandaguwe n’umukiriya mu kwa gatandatu 2018

Igisagara ca Bruxelles kivuga ko kigiye kwitirira ibarabara rishasha indaya y’umunya Nigeria aherutse kugandagurwa, nka kimwe mu bigize isekeza ryo guha iteka abakenyezi mu Bubirigi.

Inkuru dukesha BBC

Abarongoye iki gisagara bavuga ko iri barabara rizokwitirirwa Eunice Osayande, yishwe acumiswe imbugita n’umwe mu bakiriya biwe mu kwa gatandatu 2018.

Uyu mwigeme yari yashitse ku mugwa mukuru w’Ububirigi mu 2016 yemerewe akazi keza kugira ngo yubake kazoza kiwe i Bulaya.

Yari azi ko abagabo bamutumyeko bari abakinyi b’amareresi bari bagiye kumugira igihangange mu gukina ama filime. Ariko yasanze bari abacuruza abantu.

Amaze kugera i Buruseri, ubwo nyene baciye bamuhatira mu bumalaya, akaba yabwiwe ko aheraniye aba bagabo ama-euros 45.000 arimwo ay’urugendo, agashimwe kabo hamwe n’uburaro.

Indwi nkeya imbere y’igandagurwa ryiwe, yarituye ishirahamwe ry’abadandaza imibiri yabo aho yaribwiye ko yakubagurwa agatotezwa muri ako kazi kiwe.

Yaratinya kuja kwitura igipolisi kubera ata bimuranga yari afise.

Mu kwa gatandatu 2018, afise imyaka 23, Osayande yacumiswe n’umukiriya imbugita incuro 17 zose mu karere ka Gare du Nord.

Haciye haduka imyiyerekano y’abimukira badandaza imibiri i Buruseri. Abayikoze basaba kworoherezwa mu kazi kabo, banasaba n’abategetsi b’akarere gushiraho amategeko agenga ico gisata.

Amategeko ntabuza ubumaraya mu Bubirigi ariko nta tegeko rihuriweko na bose mu gihugu cose.

Osayande yabwiwe ko yari aheraniye abo bantu ibihumbi n'ibihumbi vy'ama Euros
Insiguro y’isanamu,Osayande yabwiwe ko yari aheraniye abo bantu ibihumbi n’ibihumbi vy’ama Euros

Maxime Maes, arongoye ishirahamwe UTSOPI ry’abacuruza imibiri yabo i Buruseri, ni we yateguye iyi myiyerekano.

Uyu mupfasoni yabwiye BBC ati: “Urupfu rwa Eunice rwarababaje cane abantu benshi, cane cane ku bimukira bakorera mu karere yakoreramwo”.

“Ubugizi bwa nabi bugenda bwiyongera muri ako karere, abagore ba ntahonikora bakaba ari bo babangamiwe cane”.

Umusore w’imyaka 17 ni we yagirijwe urupfu rwa Osayande akaba arindiriye gucirirwa urubanza.

Bane mu bagize uyu murwi w’abacuruza abantu na bo nyene barahagaritswe, mu kwa mbere kw’uno mwaka, bakaba baciriwe iminyororo ishika ku myaka ine.

Mu kwitirira ibarabara rishasha umupfasoni Osayande, igisagara ca Bruxelles kivuga ko gishaka gushira ahabona “abagore bose bazira urucuruza rw’abantu, ubugizi bwa nabi bushingiye ku gitsina hamwe n’ubwicanyi bukorerwa abagore”.

Iri barabara ni ryo rya mbere rizoba ryitiriwe indaya muri ico gihugu, nk’uko bivugwa n’ikinyamakuru RTBF co mu Bubirigi.

Ibice 42% vy'abagore mu Bubirigi bari hagati y'imyaka 16 na 69 bamaze gukubagurwa mu buryo ubu canke buriya
Insiguro y’isanamu,Ibice 42% vy’abagore mu Bubirigi bari hagati y’imyaka 16 na 69 bamaze gukubagurwa mu buryo ubu canke buriya

Iri barabara rishasha ririko rirubakwa mu buraruko bw’igisagara ca Bruxelles ni rimwe mu yandi ari mu twigoro tw’abarongoye iki gisagara two kwitirira abagore ibibanza vyinshi.

Hari amabarabara aza yaramaze kwitirirwa abagore batari bake, harimwo Yvonne Nèvejean na Andrée De Jongh bari mu barwanije aba Nazi b’Abadagi muri ya ntambara ya kabiri y’isi yose.

Hari kandi n’ikiraro citiriwe Suzan Daniel, umubirigikazi yaharaniye agateka k’abari muri wa murwi w’abahuza ibitsina babisangiye.

Ans Persoons ari mu barongoye iki gisagara avuga ko ibice 42% vy’abagore mu Bubirigi bari hagati y’imyaka 16 na 69 bamaze gukubagurwa mu buryo ubu canke buriya.

“Uru rugero ni runini cane mu badandaza imibiri yabo. Iki ni co neza na neza gitumye Eunice Osayande yitirirwa ibarabara”.

Iri barabara ricubakwa ryitezwe kwugururwa icese mu mezi make ari imbere.

Abarongoye iki gisagara bavuga ko imirwi y’abadandaza imibiri yabo hamwe n’abimukira bazotumirwa kugira bashikirize ijambo ku musi wo kuryugurura.

58 thoughts on “Indaya Eunice Osayande yishwe mu 2018 mu Bubiligi igiye kwitirirwa umuhanda i Buruseli.

  1. 582408 181174Howdy just wanted to give you a brief heads up and let you know some with the pictures arent loading properly. Im not sure why but I believe its a linking problem. Ive tried it in two different internet browsers and both show the same outcome. 593329

  2. 688867 988885You may be websites successful individuals, it comes effortlessly, therefore you also earn you see, the jealousy of all of the ones a great deal of journeymen surrounding you can have challenges within this challenge. motor movers 575038

  3. 73249 893888Your talent is really appreciated!! Thank you. You saved me lots of frustration. I switched from Joomla to Drupal to the WordPress platform and Ive fully embraced WordPress. Its so significantly easier and easier to tweak. Anyway, thanks once more. Awesome domain! 708191

  4. 635181 256230I like the valuable info you supply within your articles. Ill bookmark your weblog and check once again here regularly. Im quite certain Ill learn several new stuff correct here! Great luck for the next! 831469

  5. 550484 283896After study several with the blog articles for your internet site now, and i also genuinely such as your strategy for blogging. I bookmarked it to my bookmark internet site list and are checking back soon. Pls take a look at my internet page in addition and tell me what you believe. 551535

  6. 641013 73733As I website possessor I believe the content matter here is rattling wonderful , appreciate it for your hard work. You should keep it up forever! Good Luck. 238928

  7. I think this is among the most important info for me.
    And i’m glad reading your article. But want to remark on some general
    things, The site style is wonderful, the articles is really nice :
    D. Good job, cheers

  8. A fascinating discussion is definitely worth comment.
    I believe that you should publish more about this subject,
    it may not be a taboo matter but usually people do not discuss these subjects.
    To the next! Cheers!!

  9. 22476 205761You created some decent points there. I looked on the net for any issue and located most individuals goes along with together with your internet site. 180624

  10. 361297 583631You made some initial rate factors there. I seemed on the internet for the difficulty and located many people will go along with together along with your internet site. 717323

  11. Thanks , I’ve just been searching for information approimately this subject
    for a long time and yours iis the best I’ve came upon till now.양구출장샵
    However, what about the bottom line? Are you certain concerning the source?

    Look at my webpage

  12. What is the Inkling’s city called in Splatoon 2? You can Super Jump at any time in Splatoon 3, not just when you’re respawning. You activate it in the same way, by hitting X to bring up the map. If you’re in a voice chat with your teammates, it can be worth asking them what the situation is where they are before you launch. Otherwise, you’ll just have to use the map and your intuition and hope for the best. Oh, and don’t forget to use your Squid Surge and Squid Roll while you’re out there! When you first launch Splatoon 3 – and after being greeted by the snazzy new pair of DJ announcers – you’re probably going to want to run up the stairs and into the multiplayer plaza, or perhaps consider how the game gently nudges you to try the new single-player campaign, pointing to a familiar old cook peeping out from the sewers. I did neither of those things as my first course of action. Instead, I took my time to appreciate how the collective zeitgeist, of the Splatoon lore and fanbase, all came together in Splatsville.
    https://peatix.com/user/23222423/view
    The controversial former NFL star and son of arena football legend Eddie Brown — who starred for the Albany Firebirds in the 1990s — caught 928 passes for 12,291 yards and 83 touchdowns over a 12-year career that was spent mostly with the Pittsburgh Steelers before stints with the New England Patriots and Tampa Bay Buccaneers. By Adam Slivon|2023-06-03T21:51:18-04:00Jun. 3, 2023|2 Comments The game can be seen at 6:15 p.m. MST time on ABC, ESPN, ESPN2 and ESPN+. Tampa Bay Buccaneers The Tampa Bay Buccaneers home games are played at Raymond James Stadium in Tampa, FL. Sunday Night Football — America’s No. 1 primetime television show for an unprecedented 11 consecutive years — debuts tonight, as seven-time Super Bowl champion Tom Brady and the Tampa Bay Buccaneers visit Dak Prescott and the defending NFC East champion Dallas Cowboys at AT&T Stadium in Dallas.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *