Indaya Eunice Osayande yishwe mu 2018 mu Bubiligi igiye kwitirirwa umuhanda i Buruseli.

Habaye imyiyerekano yo kwiyamiriza ubu bwicanyi bwakorewe Eunice Osayande yagandaguwe n'umukiriya mu kwa gatandatu 2018
Habaye imyigaragambyo yo kwiyamiriza ubu bwicanyi bwakorewe Eunice Osayande yagandaguwe n’umukiriya mu kwa gatandatu 2018

Igisagara ca Bruxelles kivuga ko kigiye kwitirira ibarabara rishasha indaya y’umunya Nigeria aherutse kugandagurwa, nka kimwe mu bigize isekeza ryo guha iteka abakenyezi mu Bubirigi.

Inkuru dukesha BBC

Abarongoye iki gisagara bavuga ko iri barabara rizokwitirirwa Eunice Osayande, yishwe acumiswe imbugita n’umwe mu bakiriya biwe mu kwa gatandatu 2018.

Uyu mwigeme yari yashitse ku mugwa mukuru w’Ububirigi mu 2016 yemerewe akazi keza kugira ngo yubake kazoza kiwe i Bulaya.

Yari azi ko abagabo bamutumyeko bari abakinyi b’amareresi bari bagiye kumugira igihangange mu gukina ama filime. Ariko yasanze bari abacuruza abantu.

Amaze kugera i Buruseri, ubwo nyene baciye bamuhatira mu bumalaya, akaba yabwiwe ko aheraniye aba bagabo ama-euros 45.000 arimwo ay’urugendo, agashimwe kabo hamwe n’uburaro.

Indwi nkeya imbere y’igandagurwa ryiwe, yarituye ishirahamwe ry’abadandaza imibiri yabo aho yaribwiye ko yakubagurwa agatotezwa muri ako kazi kiwe.

Yaratinya kuja kwitura igipolisi kubera ata bimuranga yari afise.

Mu kwa gatandatu 2018, afise imyaka 23, Osayande yacumiswe n’umukiriya imbugita incuro 17 zose mu karere ka Gare du Nord.

Haciye haduka imyiyerekano y’abimukira badandaza imibiri i Buruseri. Abayikoze basaba kworoherezwa mu kazi kabo, banasaba n’abategetsi b’akarere gushiraho amategeko agenga ico gisata.

Amategeko ntabuza ubumaraya mu Bubirigi ariko nta tegeko rihuriweko na bose mu gihugu cose.

Osayande yabwiwe ko yari aheraniye abo bantu ibihumbi n'ibihumbi vy'ama Euros
Insiguro y’isanamu,Osayande yabwiwe ko yari aheraniye abo bantu ibihumbi n’ibihumbi vy’ama Euros

Maxime Maes, arongoye ishirahamwe UTSOPI ry’abacuruza imibiri yabo i Buruseri, ni we yateguye iyi myiyerekano.

Uyu mupfasoni yabwiye BBC ati: “Urupfu rwa Eunice rwarababaje cane abantu benshi, cane cane ku bimukira bakorera mu karere yakoreramwo”.

“Ubugizi bwa nabi bugenda bwiyongera muri ako karere, abagore ba ntahonikora bakaba ari bo babangamiwe cane”.

Umusore w’imyaka 17 ni we yagirijwe urupfu rwa Osayande akaba arindiriye gucirirwa urubanza.

Bane mu bagize uyu murwi w’abacuruza abantu na bo nyene barahagaritswe, mu kwa mbere kw’uno mwaka, bakaba baciriwe iminyororo ishika ku myaka ine.

Mu kwitirira ibarabara rishasha umupfasoni Osayande, igisagara ca Bruxelles kivuga ko gishaka gushira ahabona “abagore bose bazira urucuruza rw’abantu, ubugizi bwa nabi bushingiye ku gitsina hamwe n’ubwicanyi bukorerwa abagore”.

Iri barabara ni ryo rya mbere rizoba ryitiriwe indaya muri ico gihugu, nk’uko bivugwa n’ikinyamakuru RTBF co mu Bubirigi.

Ibice 42% vy'abagore mu Bubirigi bari hagati y'imyaka 16 na 69 bamaze gukubagurwa mu buryo ubu canke buriya
Insiguro y’isanamu,Ibice 42% vy’abagore mu Bubirigi bari hagati y’imyaka 16 na 69 bamaze gukubagurwa mu buryo ubu canke buriya

Iri barabara rishasha ririko rirubakwa mu buraruko bw’igisagara ca Bruxelles ni rimwe mu yandi ari mu twigoro tw’abarongoye iki gisagara two kwitirira abagore ibibanza vyinshi.

Hari amabarabara aza yaramaze kwitirirwa abagore batari bake, harimwo Yvonne Nèvejean na Andrée De Jongh bari mu barwanije aba Nazi b’Abadagi muri ya ntambara ya kabiri y’isi yose.

Hari kandi n’ikiraro citiriwe Suzan Daniel, umubirigikazi yaharaniye agateka k’abari muri wa murwi w’abahuza ibitsina babisangiye.

Ans Persoons ari mu barongoye iki gisagara avuga ko ibice 42% vy’abagore mu Bubirigi bari hagati y’imyaka 16 na 69 bamaze gukubagurwa mu buryo ubu canke buriya.

“Uru rugero ni runini cane mu badandaza imibiri yabo. Iki ni co neza na neza gitumye Eunice Osayande yitirirwa ibarabara”.

Iri barabara ricubakwa ryitezwe kwugururwa icese mu mezi make ari imbere.

Abarongoye iki gisagara bavuga ko imirwi y’abadandaza imibiri yabo hamwe n’abimukira bazotumirwa kugira bashikirize ijambo ku musi wo kuryugurura.

73 thoughts on “Indaya Eunice Osayande yishwe mu 2018 mu Bubiligi igiye kwitirirwa umuhanda i Buruseli.

  1. 582408 181174Howdy just wanted to give you a brief heads up and let you know some with the pictures arent loading properly. Im not sure why but I believe its a linking problem. Ive tried it in two different internet browsers and both show the same outcome. 593329

  2. 688867 988885You may be websites successful individuals, it comes effortlessly, therefore you also earn you see, the jealousy of all of the ones a great deal of journeymen surrounding you can have challenges within this challenge. motor movers 575038

  3. 73249 893888Your talent is really appreciated!! Thank you. You saved me lots of frustration. I switched from Joomla to Drupal to the WordPress platform and Ive fully embraced WordPress. Its so significantly easier and easier to tweak. Anyway, thanks once more. Awesome domain! 708191

  4. 635181 256230I like the valuable info you supply within your articles. Ill bookmark your weblog and check once again here regularly. Im quite certain Ill learn several new stuff correct here! Great luck for the next! 831469

  5. 550484 283896After study several with the blog articles for your internet site now, and i also genuinely such as your strategy for blogging. I bookmarked it to my bookmark internet site list and are checking back soon. Pls take a look at my internet page in addition and tell me what you believe. 551535

  6. 641013 73733As I website possessor I believe the content matter here is rattling wonderful , appreciate it for your hard work. You should keep it up forever! Good Luck. 238928

  7. I think this is among the most important info for me.
    And i’m glad reading your article. But want to remark on some general
    things, The site style is wonderful, the articles is really nice :
    D. Good job, cheers

  8. A fascinating discussion is definitely worth comment.
    I believe that you should publish more about this subject,
    it may not be a taboo matter but usually people do not discuss these subjects.
    To the next! Cheers!!

  9. 22476 205761You created some decent points there. I looked on the net for any issue and located most individuals goes along with together with your internet site. 180624

  10. 361297 583631You made some initial rate factors there. I seemed on the internet for the difficulty and located many people will go along with together along with your internet site. 717323

  11. Thanks , I’ve just been searching for information approimately this subject
    for a long time and yours iis the best I’ve came upon till now.양구출장샵
    However, what about the bottom line? Are you certain concerning the source?

    Look at my webpage

  12. What is the Inkling’s city called in Splatoon 2? You can Super Jump at any time in Splatoon 3, not just when you’re respawning. You activate it in the same way, by hitting X to bring up the map. If you’re in a voice chat with your teammates, it can be worth asking them what the situation is where they are before you launch. Otherwise, you’ll just have to use the map and your intuition and hope for the best. Oh, and don’t forget to use your Squid Surge and Squid Roll while you’re out there! When you first launch Splatoon 3 – and after being greeted by the snazzy new pair of DJ announcers – you’re probably going to want to run up the stairs and into the multiplayer plaza, or perhaps consider how the game gently nudges you to try the new single-player campaign, pointing to a familiar old cook peeping out from the sewers. I did neither of those things as my first course of action. Instead, I took my time to appreciate how the collective zeitgeist, of the Splatoon lore and fanbase, all came together in Splatsville.
    https://peatix.com/user/23222423/view
    The controversial former NFL star and son of arena football legend Eddie Brown — who starred for the Albany Firebirds in the 1990s — caught 928 passes for 12,291 yards and 83 touchdowns over a 12-year career that was spent mostly with the Pittsburgh Steelers before stints with the New England Patriots and Tampa Bay Buccaneers. By Adam Slivon|2023-06-03T21:51:18-04:00Jun. 3, 2023|2 Comments The game can be seen at 6:15 p.m. MST time on ABC, ESPN, ESPN2 and ESPN+. Tampa Bay Buccaneers The Tampa Bay Buccaneers home games are played at Raymond James Stadium in Tampa, FL. Sunday Night Football — America’s No. 1 primetime television show for an unprecedented 11 consecutive years — debuts tonight, as seven-time Super Bowl champion Tom Brady and the Tampa Bay Buccaneers visit Dak Prescott and the defending NFC East champion Dallas Cowboys at AT&T Stadium in Dallas.

  13. We’ve got something for everyone with our award-winning slot games, including a collection of games from one of the most popular slot series around, Rainbow Riches. Of course, as mentioned earlier, if you are a beginner, it is best to start playing free spin games in a mini-casino. This way, you will learn what it feels like to play the game. It is a good idea to ask the casino if they have a beginner’s club or a casino tour. You can then take advantage of the free game and practice your game techniques with them. Soon, you will feel more confident in playing the real game and will be able to increase your bankroll. Operated by TSG Interactive Gaming Europe Limited, a company registered in Malta under No. C54266, with registered office at Spinola Park, Level 2, Triq Mikiel Ang Borg, St Julians SPK 1000, Malta. License No. MGA B2C 213 2011, awarded on August 1, 2018. Maltese VAT-ID MT24413927. Online gambling is regulated in Malta by the Malta Gaming Authority.
    https://webdirectory777.com/listings12816718/nz-online-casino-real-money
    Welcome to Amber Spins – home to an ever-growing collection of games, as well as attractive offers & deals. Amber Spins was specially designed to fit the needs of every player, which makes us the best online casino in the industry! Free spins with no deposit required are completely free and are provided with no obligation for you to spend any of your own money. With that said, free spins bonuses that are conditional on you funding your account, these are not completely free as you need to spend money in order to claim them. Slots Animal Casino gives all new players 5 Free Spins No Deposit on the fantastic Pragmatic Play slot, Wolf Gold. Plus, for a deposit of just £10 you get to spin the famous Mega Reel, which could see you win up to 500 Free spins. Welcome to PokerStars, where you’ll find the best tournaments and games, secure deposits, fast withdrawals and award-winning software. This is where champions are born, and you could be next. You’ll also find rules and hand rankings for Texas Hold’em, Omaha and other poker games. Practice your skills with Play Money or join real money games. There’s no better place to learn and play poker.

  14. Cuyana Travel Case Don’t sweat about your beauty must-haves toppling over thanks to this minimalist travel-case. Made with recycled vegan leather and it also features an easy-to-clean, wipeable satin lining. Five made-to-measure elastic sleeves perfectly fit RIES Essentials travel bottles or your other favorite beauty items — with extra storage to hold other items like cotton rounds, pill cases, eyebrow pencils, and more. These fifteen travel makeup bags provide ample room for all the necessities for weekend trips and month-long reprives. (And if you need some vacation inspiration, we’ve got a few suggestions here.) Treat your makeup and beauty supplies like the precious cargo they are. My husband tried it and said he’d wear it. The travel size is very compact and easy to throw in your bag. …I really love this travel size parfum. Its very sweet in the best od the ways.
    https://bikeindex.org/users/buyprofessional
    Line. It. Up. From smoky and smudgy to bold, liquid glam, these liner looks will guarantee all But don’t give up – check the filters, spelling or try less specific search terms. Newbies should apply eyeliner before mascara and eyeshadow, to allow for smudges and mistakes, which are harder to fix if you’ve got on other makeup that you don’t want to mess with. Don’t worry about creating a perfectly smooth, straight line—bumps and uneven lines are easily fixable with a dash of makeup remover on a q-tip. Get close to the mirror and trace a line from the inner corner of the eye to the outer corner. Always keep the line as close to the root of your lashes as possible. Inspired by traditional Japanese calligraphy, these high-tech eyeliners provide precise, graphic color and smudge proof definition.

  15. You’ll come across various types and shapes of facial gua sha, each having different use and properties. Here are some common shapes and materials to help make the process easier for you: Qihui Jin, MSAc, L.Ac, CSW, is a healer at WTHN. He says that there are three main materials from which gua sha tools are traditionally made. They are jade, buffalo horn, and bian stones. The former is said to help moisturize the skin, regenerate muscles, clear heat, detoxify, calm nerves, and dispel turbidity. “This is the most popular and familiar gua sha material,” he says. “Its comfortable touch is especially good for facial gua sha.” By accepting these services, we can track and anonymously analyse click and surf behaviour within our website in order to optimise our website and continuously improve the overall user experience. With your consent, we use the following third-party services on this website:
    https://iris-wiki.win/index.php?title=Ulta_beauty_21_days_of_beauty
    Available in Dark Brown, Soft Brown and Blonde. Westman Atelier Bonne Brow Defining Pencil in Bark. Recommendation Test Anchor, don’t delete Kelley Baker Brows Need help selecting your shade? Take our Brow Quiz here. Green Lotus Salon and Wellness 94 West Street Cromwell, CT 06416 Product Information Achieving your best brows is just as easy as following these steps: Green Lotus Salon & Wellness is a clean-air salon located in rural Cromwell. Offering natural and organic hair, skin care, hair removal & makeup services with cruelty free products! Loved it , the best eyebrow pencil I bought ! Our multitasking brow pencil shapes, fills and grooms your gorgeous brows. Choose the shade that’s right for you and see for yourself!   This micro-tip pencil is transfer-proof, waterproof, sweat-proof, smudge-proof, and humidity-proof.** Stays in place all day, defining brows for up to 24 hours.*

  16. Una chica entra en una tienda, pide lo que quiere y cuando mira la cuenta de PayPal para pagar se da cuenta de que no tiene saldo. “Espere un momento”, comenta al hombre que le atiende. La chica abre un juego en su teléfono llamado Plinko, juega allí unos segundos y rápidamente consigue cientos de dólares, que transfiere al instante a su cuenta corriente y paga. El hombre le detiene y le dice: “Te he visto hacer esto otras veces, ¿cómo lo haces para conseguir el dinero?” La chica le enseña el juego: “Es muy sencillo, sólo tienes que recolectar premios al juego y rápidamente ganas dinero. Es divertido y adictivo, yo juego en todas partes, también en el trabajo, y lo mejor es que puedes sacar dinero de verdad!” La simplicidad y el ritmo rápido del juego lo han convertido en un favorito entre los jugadores de LATAM. A diferencia de las tragamonedas o los juegos de cartas tradicionales, Balloon App ofrece un equilibrio emocionante entre riesgo y recompensa. En Colombia, el juego ha ganado popularidad debido a su fácil acceso y su alto potencial de ganancias. Muchos jugadores disfrutan la emoción de realizar apuestas rápidas y obtener pagos instantáneos, lo que lo hace más dinámico que otros juegos de casino.
    https://saer-group.com/2025/02/17/balloon-juego-de-casino-com-globos-hace-el-trabajo-de-balde/
    UBUY Acerca de Nosotros Descarga nuestra aplicación APKCombo Marvel’s Spider-Man 2 Seguro que muchos tenéis en mente algunos de los mejores juegos en Nintendo Switch hasta 2025, pero toca hacer repaso del pasado año. De hecho, Nintendo ya está ofreciendo regalos por Año Nuevo. Ahora os traemos nuevos datos de ventas de 2024, procedentes de Japón. Otros contenidos en esta categoría:- Splatoon 3 lanza ilustración para su próximo y dulce Splatfest 1pcs * Balloon Bamboo Man Battle PAGO 35,000+ worksheets, games, and lesson plans Slime Heroes es un videojuego de aventura y acción a cargo de Pancake Games y Whitethorn Games para PC, Switch y Xbox Series, un cuento donde los limos son en realidad los héroes. Juega con tus amigos como adorables limos, la única criatura que puede salvar al mundo de una misteriosa corrupción. Encuentra diferentes armas y crea dinámicamente tus propias habilidades mágicas para expresar la forma en que deseas aventurarte.

  17. इसकी लोकप्रियता के कारण, आप लगभग किसी भी ऑनलाइन कैसीनो में Aviator गेम फ्री मोड पा सकते हैं, जैसे 1Win । आप इसे स्प्राइब प्रदाता कंपनी की आधिकारिक वेबसाइट पर भी चला सकते हैं । आधिकारिक स्पिब वेबसाइट और अधिकांश गेम पोर्टल्स पर Aviator गेम डेमो मोड शुरू करने के लिए, पंजीकरण की आवश्यकता नहीं है । आपको इसकी आवश्यकता तभी होगी जब आप असली पैसे के लिए खेलने का इरादा रखते हैं ।
    https://aiplanet.com/profile/cindoucesters1982
    आवेदन मुफ्त और कानूनी रूप से डाउनलोड किया जा सकता. सभी क्रियाएं किसी अन्य सॉफ़्टवेयर को डाउनलोड करने से अलग नहीं हैं: संगठन डोमेन को लाभ कमाने वाली कंपनी एथोस कैपिटल को बेच दिया गया। तो, बड़े बदलाव आ रहे हैं। काफी हद तक, वे मुख्य रूप से लागतों से चिंतित हैं। इससे किसे नुकसान हो सकता है? आवेदन मुफ्त और कानूनी रूप से डाउनलोड किया जा सकता. सभी क्रियाएं किसी अन्य सॉफ़्टवेयर को डाउनलोड करने से अलग नहीं हैं:

  18. BetMGM Casino US is not rigged. This online casino is fully licensed and regulated by the relevant authorities in all the US states it operates, and these authorities make sure that there the casino operates in line with relevant laws and regulations, offering a high degree of protection for the players. Organization of huge game library can lead to home page confusionOur Final Verdict of BetMGM Casino in MarylandIf and when online casino play is legalized in Maryland, visitors to the BetMGM Maryland online casino can expect an absolutely first-class experience. When you register to play at the BetMGM Maryland online casino, you will automatically become a member of the BetMGM Rewards program. One of the many advantages of this is that you qualify for tier credits whenever you play at a BetMGM online casino, visit a brick-and-mortar establishment, or place sports bets at the BetMGM sportsbook Maryland.
    https://idtwound.com/hr/jetx-belzebu-play-free-casino-game-online/
    Seahawks quarterback Geno Smith discusses the upcoming game against the Los Angeles Rams and reflects on the season (0:00). He praises offensive coordinator Ryan Grubb’s consistency and acknowledges areas for personal improvement (0:33). Smith appreciates head coach Mike Macdonald’s honesty about pursuing personal milestones in the final game (1:24). He analyzes the Rams’ strong defensive performance, highlighting their front line and coverage strategies (3:13). Smith expresses disappointment over Leonard Williams not making the Pro Bowl, suggesting a potential bias against Seattle players (5:28). He also commends Devon Witherspoon’s performance and Pro Bowl selection (4:55). Select from a full, exterior only, or interior only detail and conveniently have your car looking its finest while you enjoy the resort and casino.

  19. elpopularmexicano profile wayslailz profile If the dealer has anything from a two to an Ace, players should hit when they have anything from a four to an eight with a hard hand. When a player has a nine they should hit on any card the dealer may have but double down if they have a three to six if possible. These are just some of the possible examples of playing at your optimum when you have a hard hand. Again, the moves vary between the two different blackjack strategy charts. The problem with basic blackjack strategy is that it’s not always easy to establish the correct decision accurately. There are some complicated mathematical calculations required. I am dealt a hard 18, King and 8. Blackjack basic strategy charts don’t dictate how do this, why? and how do I figure this out?
    https://catalogue.d4science.org/user/leokinajib1978
    No a number of consecutive unfastened bonuses are allowed. So as to use this bonus, please make a deposit if your ultimate consultation used to be with a unfastened bonus. Free Cash No Deposit Jammy Monkey also operates as a no deposit casino where you can receive a no deposit bonus of up to £10* and play slots for free. To do this, you don’t even need to deposit any money either. You just need to sign up and create an account, then you can start spinning for free! Best Internet Casinos Оnly рlаyеrs thаt ореnеd thеir account аt thе Jumba Bet Casino thrоugh quickieboost саn rесеivе this exclusive promotion. 24 free spins at Jumba Bet Casino Join by pressing a small button with the same name placed in the upper right corner of the screen. You’ll be entrusted with a task to fill the registration form making sure no blank fields are left, but they are all covered with your personal information and website credentials.

  20. Odibets has built an innovative online and SMS betting platform in Kenya and Ghana since 2018. Our world class online betting website helps thousands of punters place bets on a safe, easy-to-use online betting platform which is secure, simple and lite. Our online betting app is the smallest in Kenya at only 2.8MBs – saving space on the users’ Android phones. Kareco Holdings Limited, Plot No. LR 209 2167, Crescent Lane, Parklands, Kenya operates the OdiBets brand and authorized and regulated by the BCLB (Betting Control and Licensing Board) under the Betting, Lotteries and Gaming Act, Cap 131, Laws of Kenya under License No. BK0000673. Boosted odds on special soccer bets are always listed at the top section of this betting website. Our customers enjoy multiple offers and promos enriching their overall betting experience. We have free bets on our virtual game popularly known as Odi League. Weekly free bets are available to our loyal customers on a freebet for every 4 bets placed basis. A guaranteed freebet for new customers is the way customers can test our platform risk free (without depositing).
    https://www.xibeiwujin.com/home.php?mod=space&uid=2249671&do=profile&from=space
    Classement des jeux de groupe C’è un problema di recuperare il carrello in questo momento рџ‡Єрџ‡ё El partido se compone del primer tiempo, el segundo tiempo y, a veces,en caso de empate, la prórroga y la tanda de penaltis. Para los aficionados, también existe el tercer tiempo para celebrar la victoria o, por el contrario, para olvidar la derrota de su equipo favorito. 🇬🇧 During the game, the players pass, dribble and shoot to score goals. The referee whistles for fouls, offsides and decides whether to give the players a yellow or red card. In case of a draw, there will be a penalty-shootout according to the rules of FIFA. In case of a draw, there will be a penalty-shootout according to the rules of FIFA. The Spear Stickman 🇫🇷 Pendant le match, les joueurs se font des passes, dribblent et tirent pour marquer des buts. L’arbitre siffle les fautes, les hors-jeu et décide s’il faut mettre un carton jaune ou rouge aux joueurs.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *