Bernard Ntaganda: “N’ubwami bwageze aho buragamburuzwa,MRND iragamburuzwa na FPR izagamburuzwa”

Bill Clinton ubitse amabanga menshi y’ibyabaye mu Rwanda muri 1994 ararembye

Bill Clinton wahoze ari Perezida wa Leta Zunze Ubumwe za Amerika ari mu bitaro byo muri…

Gisupusupu yagarutse kuri podium,aranavuga ibya rwa rusyo yikorejwe rwa viol.

Nsengiyumva François wubatse izina nka Gisupusupu mu muziki w’u Rwanda, yahishuye uko ubugiraneza yagiriye umwana urwaye,…

“Ihonyabwoko Ryakorewe Abahutu”(Hutu Genocide)mu nzira zo kwemezwa!

Mu Burundi, umugambwe Sahwanya FRODEBU uhamagarira Reta kwemeza ko ubwicanyi bwabaye mu mwaka w’1972 ari ihonyabwoko…

Imyaka 60 inyuma yaho, Abarundi bibutse igandagurwa ry’umuganwa Rudoviko Rwagasore

Hari kuwa gatanu kw’igenekerezo rya 13 ukwezi kw’icumi 1961 uko umwaka utashe, Abarundi baribuka urupfu rw’umuganwa…

Ububirigi bwobazwa cane ivyerekeye urupfu rw-umuganwa RWAGASORE (Umwanditsi Ludo de Witte)

Igihugu c-ububirigi nico cobazwa ivyerekeye igandagurwa  ry-umuganwa atari umugani RUDOVIKO RWAGASORE. Bikaba bishikirizwa na Ludo de…

Perezida Ndayishimiye avuga ko hari bamwe mu ba CNDD-FDD boba basigaye bamwipfuriza ko yopfa.

Umukuru w-igihugu c-uburundi Varisito Ndayishimiye avuga ko hoba hari bamwe mu bagumyabanga ba CNDD-FDD basigaye bamwipfuriza…

Uburundi Bwakiriye Incanco za Mbere za Virusi ya Corona

Uburundi bwakiriye ku mugoroba wo kuri uyu wa kane incanco za mbere z’ikiza ca Covid-19. Izo…

Pierre Damien Habumuremyi wari warakatiwe imyaka itatu yafunguwe ku mbabazi z’Umukuru w’Igihugu.

Perezida w’u Rwanda Paul Kagame yababariye Pierre Damien Habumuremyi wabaye Minisitiri w’intebe wari warakatiwe gufungwa imyaka…