Igihugu c-ububirigi nico cobazwa ivyerekeye igandagurwa ry-umuganwa atari umugani RUDOVIKO RWAGASORE. Bikaba bishikirizwa na Ludo de…
Year: 2021
Perezida Ndayishimiye avuga ko hari bamwe mu ba CNDD-FDD boba basigaye bamwipfuriza ko yopfa.
Umukuru w-igihugu c-uburundi Varisito Ndayishimiye avuga ko hoba hari bamwe mu bagumyabanga ba CNDD-FDD basigaye bamwipfuriza…
Uburundi Bwakiriye Incanco za Mbere za Virusi ya Corona
Uburundi bwakiriye ku mugoroba wo kuri uyu wa kane incanco za mbere z’ikiza ca Covid-19. Izo…
Pierre Damien Habumuremyi wari warakatiwe imyaka itatu yafunguwe ku mbabazi z’Umukuru w’Igihugu.
Perezida w’u Rwanda Paul Kagame yababariye Pierre Damien Habumuremyi wabaye Minisitiri w’intebe wari warakatiwe gufungwa imyaka…
Théoneste Nsengimana umunyamakuru w’Umubavu TV yafunzwe hamwe n’abandi 6 barimo abayoboke ba Ingabire Victoire.
Urwego rw’ubugenzacyaha mu Rwanda (RIB) ruvuga ko rwafunze abantu batandatu barimo na nyir’isheni Umubavu TV yo…
“Cyuma Hassan Dieudonné”ngo si umunyamakuru?
Urwego rw’Abanyamakuru rwigenzura, RMC, rwatangaje ko Niyonsenga Dieudonné uzwi nka Cyuma Hassan, atari umunyamakuru w’umwuga nk’uko…
Kenyatta, Perezida wa Mbere wa Afurika Azokwakirwa na Joe Biden
Mu KIRUNDI: Perezida wa Reta zunze ubumwe za Amerika, Joe Biden azokwakira Perezida wa Kenya Uhuru…
Jado Castar’ arazira iki harya? Dilu y’abanye Braziri kazi ntiyanayishobora.
Visi perezida w’ishyirahamwe rya Volleyball mu Rwanda yatawe muri yombi mu iperereza rigendanye no kuvanwa mu…
David Himbara,umwe mu banyarwanda batarya iminwa,ibinyamakuru by’i Kigali biri kumwibasira.
David Himbara ibinyamakuru byamwibutse,Rushyashya na Igihe biri kumwakuranwaho mu kumwandikaho. Ni nyuma y’uko hatangarijwe ku mugaragaro…
Amaraso akomeje kumeneka mu ntambara nshya Ethiopia – Tigray
Inyeshyamba zo muri Tigray mu majyaruguru ya Ethiopia zivuga ko uyu ubaye umunsi wa kabiri w’ibitero…