Burundi: Kuki Uburundi buza inyuma mu bihugu bikenye cane kw’isi?

Noblesse Dusabe

Reta y’Uburundi ikwiye kuva mu majambo ikaja mu bikorwa kugira ngo ishobore kwikura mu kabaregwa ko kwitwa igihugu gikenye kurusha ibindi kw’isi, niko Faustin Ndikumana, umukuru w’ishirahamwe PARCEM, ahanura.

Ibanki y’isi yose iheruka gusohora icegeranyo c’umwaka wa 2021 ku butunzi n’imibereho y’abanyagihugu gishira Uburundi mu kibanza c’inyuma, ivyatumye benshi bongera kwihweza kw’iterambere ry’Uburundi.

Mu kiganiro na BBC, Ndikumana avuga ko imwe mu ngorane nyamukuru Uburundi bufise ari igiturire, akavuga ko mbere ‘ivyo kukirwanya biriko birasubira inyuma ugereranije n’uko vyari bimeze kera’.

Mu gihe umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yiyemeje kurwanya igiturire, Ndikumana abona ko ubutungane kuri we ari inzitizi ikomeye.

Ati: “Agerageza gute kukirwanya mu gihe ubutungane butariko burakora. Ugushaka ndavyumva, mugabo ubutungane butariko burakora, ntashobora kuvuga ngo uriko urarwanya igiturire”.

Umukuru w’iri shirahamwe ryishinze gukangurira Abarundi guhindura ingendo abona ko Uburundi budashobora guterimbere mu gihe hakiri ibihushane iyo hageze gushira mu ngiro imigambi y’iterambere.

Iki cegeranyo c’ibanki y’isi yose ku mwimbu rusangi mu gihugu (Produit National Brut, PIB) ku muntu mu 2021, cerekana ko Uburundi buza mu kibanza ca 195 kuri 196 aho Umurundi umwe aronka USD 240 gusa ku mwaka wose.

None ibi biharuro biharurwa gute?

Ndikumana avuga ko bapima ibi bisunze “umwimbu wimburwa mu gihugu kanaka kuko niwo uba werekana ubutunzi igihugu kiba gifise, hanyuma bagaca baraba abanyagihugu ingene bangana, umwimbu cimbura mu bisata bitandukanye ugaca ugabanganywa ku banyagihugu bakibamwo, baca baraba rero ico umunyegihugu umwe umwe wese yoba aronka”.

“Ni nk’uko wofata urugo kanaka rurimwo umugore n’umugabo n’abana icenda nk’akarorero, ugaharura ivyo bimbura ku kwezi, amahera baronka ku kwezi, ugaca uyagabura rero na cumi na rimwe, ari ho rero uca ubona amahera umuntu umwe umwe muri urwo rugo ashobora kuronka ku kwezi”.  

“Urumva n’ingo zirasumbana, hariho ingo zimbura vyinshi. Amahera yinjira ari menshi. Uko muza kuyagabura muri bake, niko ukubaho neza guca kwiyongera. Iyo muyagabura muri benshi nayo ari make, ubukene buca bwiyongera”. 

Ku ruhande rw’Uburundi, Faustin Ndikumana abona ko Uburundi bwimbura bike ariko bugategerezwa kugaburira abantu benshi, bigatuma bwama buboneka ko bukenye.  

Uburundi ni igihugu kibeshejweho ahanini n’uburimyi, ibiharuro bikerekana ko 90% ari bo babeshejweho n’isuka.  

Icegeranyo c’ikigo ISTEEBU kijejwe kwegeranya ibiharuro giherutse gusohora icegeranyo co mu mwaka wa 2019-2020 cerekana ko abarundi 40% bashobora kumara umusi wose badafunguye. Ibi biri uku mu gihe abarongoye igihugu bavuga ko umwimbu ari wose.

Mu gihe yariko ashikiriza abashingamateka n’abakenguzamateka ivyaranguwe n’ubushikiranganji butandukanye mu gice ca kabiri c’umwaka uheze hari mu kw’icumi kw’umwaka uheze nyene ari nawo iki cegeranyo cerekeye,  umushikiranganji wa mbere Alain-Guillaume Bunyoni  yavuze ko muri ico gihe honyene igihugu cari gifise amatoni menshi y’umusesekara ku mwibu w’ibigori.

Kubera iki reta n’abakora ibi biharuro badahuza?

Ndikumana abona ko reta n’abakora ivyegeranyo nk’ibi badahuza kubera reta yoyo ikunda gukoresha imvugo ya poritike.  

Ati: “Wewe uri mu mabanga, bavuze uko ibintu bimeze birashobora kutakunezera kuko bica vyerekana ko umengo utariko uratunganya ibintu neza.

“Imvugo ya poritike sico kimwe n’iy’abahinga, ni naco gituma turiko turasubirira n’inyuma, umunyeporitike wewe yivugira poritike aho kuraba ivyo abahinga bavuga”.

None Uburundi bufise ingorane nyabaki ku buryo bwama inyuma?

Mu gusigura ingorane Uburundi bufise zituma bwama buri inyuma mu butunzi, Faustin Ndikumana afatira ku gitabo ishirahamwe ryiwe riherutse gusohora, aho ryihweza imyaka 60 Uburundi bumaze bwikukiye, n’imyaka ibiri y’ubutegetsi bwa Evariste Ndayishimiye.

Muri iki gitabo, yerekana ko imigambi itegurwa ariko ko, iyo hageze kuyishira mu ngiro, “umengo hariko hakorwa ibihushane n’ivyategerezwa kuba biriko birakorwa kugira dushikire intumbero y’iterambere”.

Asigura bimwe muri ibi bihushane biri muri iki gitabo, ica mbere ciyongera ku giturire avuga ko “tugomba guterimbere mu gihe tuvuga ko Uburundi bwikwiye kandi ivyegeranyo vyerekana ko ari ubwanyuma k’isi mu bihugu bitunze”.  

Ati: “Uwuja gukira indwara arayirata, none wewe nimba urwaye indwara, ntiwemere ko uyirwaye, wumva uzoyikira gute? Banza wemere ko ukenye”.  

Imvo ya kabiri ashikiriza abona ko igihugu kigomba  gutera imbere mu gihe atanzira irashe yo kugiteza imbere ihari ifatiye ku citegererezo c’uko ahandi bigenda.

Ati: “Turagenda tukandika ibitabo, ngo plan national de developpement, tukandika, tugakora amanama, ngo dushaka gufata intumbero mugabo izo recommendations tugaca tubika.

“Gushika ubu nta kintu na kimwe ca programme-vision usanga reta iriko irakorerako”.

Ariko rero, hano ntabona ibintu kumwe na reta ufatiye ku vyo umushikiranganji wa mbere Bunyoni yabwiye abashingamateka n’abakenguzamateka mu kw’icumi kw’umwaka uheze, ari nawo urabwa n’uru rutonde rw’Ibanki y’isi yose, aho yemeza ko integuro ya reta y’igice ca kabiri yakozwe neza mbere hisunzwe uburyo buvuye hagati mu gihugu, akavuga ko ari na ko vyagenze mu gice ca mbere.

Yavuze kandi ko n’ibikorwa bishika 290 vyaranguwe neza hisunzwe integuro ya reta kandi ku rugero rwa 79% ku bushikiranganji bwayiranguye ku rugero ruto, be no kuri 97% ku bushikiranganji bwavyitwayemwo neza gusumba ubundi.  Yemeza ko muri rusangi imigambi reta yari ifise yashizwe mu ngiro ku rugero rwa 88%, mu gihe mu gice ca mbere yaranguwe ku rugero rwa 81%.

Umushikiranganji wa mbere Alain-Guillaume Bunyoni yabwiye abashingamateka n'abakenguzamateka ikiza ca Covid catumye imigambi imwe imwe itarangurwa, ibi navyo bituma ubutunzi bw'igihugu bumanuka
Umushikiranganji wa mbere Alain-Guillaume Bunyoni yabwiye abashingamateka n’abakenguzamateka ikiza ca Covid catumye imigambi imwe imwe itarangurwa mu 2021, ibi navyo bituma ubutunzi bw’igihugu bumanuka

Hagati aho, umushikiranganji wa mbere Bunyoni yaremeje ko ubutunzi bw’igihugu muri ico gice bwagabanutse kubera ikiza karanda ca Covid-19, mbere ko hari n’ibindi bikorwa vyari bitegekanijwe bitashoboye kuranguka.

Imvo ya gatatu atanga, avuga ko Uburundi budashobora gutera imbere mu gihe gutanga akazi hatisungwa ubushobozi n’ubumenyi.

Ati: “Wewe uvuga ko ushaka gutera imbere gute udashira imbere incabwenge, abashoboye akazi, ubushakashatsi ngo ubushire imbere, mu nzego nyinshi ugasanga abantu bariko bahabwa amabanga badakurikiza ubushobozi, mu gihe ubu ata n’ibigo vy’ubushakashatsi bihari…none wotera imbere gute”?

Ikindi gihushane yerekana, ni uko igihugu kigomba gutera imbere “mu gihe ata buryo buhari bwo kuzana amafaranga mvamakungu mu gihugu kugira afashe mukuzibira ikinogo c’amafaranga Uburundi budafise kandi yongere afashe mw’iboneka ry’amafaranga y’agaciro”.

Ati: “Mbega iryo terambere uzorironka gute? Uzokoresha amarundi? N’aho worara urayafyatura, ukayarwiza muri BRB ntaco azokumarira”.

PARCEM ibona ko amasoko yashobora gutuma igihugu kironka aya mafaranga asa n’ayadakora neza.

Ati: “… raba n’ikawa yasubiye inyuma, icayi casubiye inyuma, igisata c’ubukerarungendo ntitugiteza imbere kugira ngo bazane amadevises, raba n’amafaranga y’agaciro yovuye mu nzahabu n’ubutare urabona ko vyanse …none ushaka gutera imbere gute?”

“Nta barwizatunga bazana imitahe mu gihugu; kwaka ingurane ntibikunda kuko usanga badashobora kwizera inzego, badashobora kuzizera ku buryo boziha ingurane y’amafaranga aboneka”.

Ikindi gihushane PARCEM ibona gihagaze kw’ikoreshwa ry’amafaranga ya reta ibona ko harimwo igipfungu.

Ati: “Wewe woza gutera imbere gute mu gihe n’ingene reta ikoresha amafaranga ata muco urimwo, umengo amafaranga akoreshwa mu kanywababo, amafaranga adakurikiza imigambi y’iterambere izwi, amafaranga atwarirwa mu gifuri, za cour des comptes zitayakontorora?”.

Mu mwaka uheze wa 2021, Prezida Ndayishimiye yumvikanye anegura bikomeye abo mu nzego zitandukanye n’abamufasha imirimo y’igihugu abagiriza  kuba aribo batuma ibintu bitagenda neza mu gihugu. 

Ni mu gihe yaheruka “kuririra imbere” y’abacamanza kw’izina ry’abenegihugu, aho yavuga ko batakironka ubutungane bubereye kubera abo bacamanza bamunzwe n’ibiturire. 

Umukuru w’iri shirahamwe rihamagarira abantu guhindura ingendo abona ko umukuru w’igihugu afise utwigoro kandi ko n’amajambo ashikiriza atanga icizere, ariko ko abari musi yiwe batamufasha.

Faustin Ndikumana avuga ko Uburundi budashobora guterimbere mu gihe hakiri ibihushane iyo hageze gushira mu ngiro imigambi y’iterambere

Inkuru ya BBC

58 thoughts on “Burundi: Kuki Uburundi buza inyuma mu bihugu bikenye cane kw’isi?

  1. I am now not positive the place you are getting
    your info, but good topic. I must spend a while learning much more
    or working out more. Thanks for wonderful
    info I used to be on the lookout for this info for my mission.

  2. Howdy, i read your blog occasionally and i own a similar one and i was
    just curious if you get a lot of spam feedback?
    If so how do you reduce it, any plugin or anything
    you can advise? I get so much lately it’s driving me mad so any help is
    very much appreciated.

  3. После входа клиентов встречают красочные баннеры с анонсами проводимых турниров, действующих акций и специальных предложений.

  4. Its like you read my mind! You appear to know a lot about this, like you wrote the book in it or something.
    I think that you could do with some pics to drive the message home a bit,
    but other than that, this is wonderful blog. A great read.

    I will definitely be back.

  5. of course like your web site however you need to
    test the spelling on quite a few of your posts. A number of them are rife with spelling problems and I find it very troublesome to inform the truth on the other hand I’ll definitely come back again.

  6. Даже само название итого гемблинг портала просто интригует и привлекает на этот сайт.

  7. That is a very good tip especially to those fresh to the blogosphere.
    Simple but very accurate info… Thank you for sharing this one.
    A must read article!

  8. I ‘m sure that you may be trying to avoid upsetting anyone with your content, but please remember that the jucier musings sometimes encourage healthy dialogue when argued respectfully..and it IS your blog not a democracy- allow your content rule here!

  9. Pingback: kii789
  10. Pingback: faw99
  11. Pingback: nude girls
  12. Hi there, I discovered your blog via Google whilst searching for a related matter, your wweb site ggot here up, itt
    appears too be likee good. I hazve bookmarked itt in my google
    bookmarks.
    Hi there, just was aware of your webllog through Google, and locaated tat it’s trully informative.
    I am going to be carreful for brussels. I will
    be grateful shhould you continue thjis inn future. Maany folks shball be
    benefitted out off your writing. Cheers!

  13. It’s a pity youu don’t havve a donate button! I’d withoujt a douibt donate too
    thhis superb blog! I uppose forr now i’ll settle for book-marking andd adding yoir RSS feedd to mmy Googyle account.
    I look forward too neww updares and willl talk about tyis site with my Facxebook group.
    Chaat soon!

  14. Pingback: painters Calgary
  15. Pingback: jinda888
  16. We worked link with the development team to come up with a new Milanese bracelet that would fit the gold Glassbox. We considered a couple of options around having fitted end links and in the end we went with this very 1940s vintage style straight end link bracelet with the Milanese finish said TAG Heuer Heritage Director Nicholas Biebuyck.

  17. Brand Jaeger-LeCoultre Model Master Control Geographic Reference Number Q4128420 stainless steel Q4122520 Le Grand Rose goldDiameter 40mmThickness 10.8mmCase Material Stainless steel and Le Grand Rose goldDial Color SilverIndexes Triangular indicesLume YesWater Resistance 50 metersStrapBracelet Novonappa calf or alligator

  18. Audemars Piguet REMaster02 ref. 15240SG. 41mm diameter by 9.7mm thick sand gold case with 30m water resistance. Segmented “Bleu Nuit Nuage 50” dial with linear satin finishing and sand gold lines. Sand gold hands without lume. Hours and minutes. Caliber 7129 automatic movement with 52 hours of power reserve running at 28800 vibrationshour. Alligator leather strap in contrasting shades of blue with matte finishing and 18-carat sand gold pin buckle. Limited to 250 pieces. Price 47200.

  19. It’s a cherry on the top that this watch comes with a special presentation box and the original guarantee paper. As I mentioned at the top I wish Rolex still made a whimsical presentation box like this one which has a leather belt-buckle like design with the coronet on the buckle. Note to the buyer Keep in mind that the buckle is decorative and not a functioning one because everyone I know who tries to open the box tries to undo the buckle first! Check it out right here.

  20. Brand TAG HeuerModel Mario Kart link Formula 1 Chronograph and Chronograph TourbillonDiameter 44mm Chronograph 45mm Chronograph TourbillonCase Material Steel Chronograph Grade-5 titanium Chronograph TourbillonDial Color Black and redIndexes AppliedLume YesWater Resistance 200m Chronograph 100m Chronograph TourbillonStrapBracelet Black leather strap with red stitching

  21. Along link the way there are some gentle but acute research-based observations although from which research isn’t noted that watch wearers are typically less extroverted and more conscientious no matter their age or background.

  22. Mandelbaum suggests that to mark the 60th anniversary of Carpenter’s flight and the first Cosmonaute Breitling wanted to do more than produce a one-to-one copy of the original watch. “The enhancements of the watch are fitting tributes to the men who created the original watch Willy Brietling and Scott Carpenter. To have made a copy would not have been sufficient.”

  23. Looking back on some of my favorite watches from these formative years (both for me and the microbrand scene) what stands out to me is both the iterative increase in product quality over time and the ability for some brands to rise above the fray and take a cottage industry to the next level. Sure, we may be done with the microbrand moniker, but the continued pace of this scene only serves to suggest that the watch industry, while undoubtedly an old dog, is still capable of learning a new trick.

  24. Wally’s choice made history. As it happened, from that flight on, a Speedmaster would be aboard every manned NASA space mission until the moon program ended in 1972. Schirra’s was the penultimate Mercury flight. The final one was Gordon Cooper’s on May 15, 1963. Cooper, too, wore his personal Ref. 2998. (He also wore, on his right wrist, an electronic watch, the Bulova Accutron.)

  25. I’m also into the fact that the bezel has faded to a nice graphite grey. Patina is, of course, an important part of any vintage watch, and this Submariner has a light custard color to its lume, which feels fresh and matches very well with the unexpected light grey suede strap we paired as an alternative to wearing it on a classic Oyster rivet bracelet. One awesome watch, two strap/bracelet options, you can’t go wrong with this piece – check it out here.

  26. But there is more to Breitling than those three watches, of course, so during the event, you will discover the highlights of 140 years of Breitling and see link both modern and vintage collections of this famous Swiss brand.

  27. Hong Kong is for watch lovers. Rare timepieces and collector meet-ups abound, complemented by a wealth of watch boutiques and Rolex retailers that line the streets of Central Hong Kong. It’s absolutely brimming with watch enthusiasts who are as passionate about obscure ’90s Gerald Genta as they are about Patek grand comps.

  28. Yesterday, Swatch released Mission To The Super Blue Moonphase. This very blue watch features the usual chronograph function, this time with a silver-blue opaline dial, and a UV ink moonphase positioned at the two o’clock subdial. The moonphase indicator link is painted with UV ink, which glows blue. The hour, minutes, and (tip of the) chronograph seconds hand is, of course, Super-LumiNova®, which also glows blue.

Leave a Reply to Jacinto Cancel reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *